Accueil > Ukwemera > Abakristo > Musenyeri Simoni NTAMWANA : Uko ni ukutugira abaja (Igice ca (...)
Musenyeri Simoni NTAMWANA : Uko ni ukutugira abaja (Igice ca mbere)
lundi 12 Nzero 2015
Musenyeri Simoni Ntamwana wa diyoseze ya Gitega, mu nsiguro yahaye urwaruka n’abavyeyi bo kuri Paruwasi Murayi yo mu Giheta intara ya Gitega, yamenyesheje ko abahejeje ikiringo cabo mu burongozi basubirizwa. Musenyeri Ntamwana asigura ko uwahejeje ibiringo vyiwe naho yoba yakoze neza gute, atarekuriwe gusubira kwitoza. Arasubira ati : « Ukugura abatora ni nk’ukubagira abaja. »
Igice ca mbere c’inyigisho za Musenyeri Simoni Ntamwana
Egide Nduwimana
Messages
12 Nzero 2015, 19:09, par Nuwera
Mgr. Ntamwana, munyandiko twaritwahawe numumenyeshamakuru ivuga izimpanuro numbise uvuze narinabitahuye ukutarikwo, arikorero ndakwiyumviririje neza nsanze watanze impanuro zukuri kandindazi abataribake bibitahuye ukutariko arikongaha umuntu akwiyumviririje asanga arimpanuro sarussngi atarizo kwifatira mugahanga uwuri umukuru wigihugu nkuko ntarinabitahuye munyandiko iherutse nongeye gushimira ababanditsi badushiriyeko iyo video, Mgr. Ntamwana, ndagukunda kandidakwubaha ninakonzokwama kandinejo narinabivuze.
12 Nzero 2015, 19:20, par Twane
Mugizeneza gushiraho iyi video biradufashije gusumba ivyomwarimwanditse kuko biciyevyumvikana Ko Musenyeri mwarimwamurengereye iryicenda!
12 Nzero 2015, 22:42, par nwari
Basha yaaaa imana ninkuru aho harumuntu ngiye numva avuga ashima impanuro ko kubesha aricaha akavyemera nukuri Nuwera hinduka imana ikwakire uyigendere uvane nababeshi
13 Nzero 2015, 05:40, par nioonyene
none ga murongozi wa gatorika simon iciyumviro wiyumviriye nkimpanuro woha umuntu kugiti ciwe ntabwo wari kubigira nkikete itagira ibahasha noneho impanuro woha uwoyega uca uyigira imisa usomera abato nabakuze kuvyukuri ntakintu cubwenge cabayemwo muyandimajambo wabigize nkinyungu yawe 1 vyaribikwiyekubwigwa umukuru wigihugu nimiburiburi abandi munyuma.
13 Nzero 2015, 19:50, par Nuwera
@ Nwari, jewe uwonshimira nuwitwa Question niwe yakujegeje atatikanije nababene ikikinyamakuru babonye Ko ivyowandika biteye isoni bagahitamwo kuzabarareka kubishira kurubuga rwabo nkandinubu harihabantubibaza Ko utacandika ibintubibi vyibitutsi ariko ababene ikinyamakuru bobo birirwa babihagaritse nibobakuzineza. Gushimirwanawe rero ninkogushimirwa numurwanizi w’Imana nabantu ntiharaveraho wewe ushonorakunahimira ngondavyemere mubo uzoshimira bakavuemera jewe sunomusi, ariko simpaririyeko Imana yahinduye uwitwa Sawuri irashobora nawe kuzoguhindura mugihe runaka kukonabasenga barasengera abantunkawe murirusangi ntibarinda kuvugamazina kandi abeshibaramaze guhindukirira Uhoraho.
14 Nzero 2015, 12:36, par Nwari
@nuwera mbwira kuri wewe icowita ibitutsi ?umbwire nka bibiri uzoba ukoze hanyuma uwo question wawe ubona yagiyehe kwari umuborogo gusa