Advertisement
Kumenyekanisha
  IGIHE.bi \BB Inkino \BB FOOTBALL
PRIMUS League : Uko imirwi izohura ku munsi wa 24 na 25
Yanditswe taliki ya 25-02-2016 - isaha 11:30' na IGIHE

Kuva kuri uwu wa gatandatu, ihiganwa rya PRIMUS League rizobandandanya ku minsi yaryo ya 24 na 25.

Kuwa gatandatu igenekerezo rya 27 Ruhuhuma 2016

Aigle noir - Olympic Muremera ( i Makamba)

Les Éléphants - Les Crocos ( i Bubanza)

Olympic star - Les Jeunes athlétiques ( Muyinga)

Kuwa mbere igenekerezo rya 29 Ruhuhuma 2016

Messager Buja - Messager Ngozi ( i Bujumbura ku kibuga citiriwe umuganwa Rudoviko Rwagasore)

Bujumbura City - LLB s4a ( i Bujumbura ku kibuga citiriwe umuganwa Rudoviko Rwagasore)

Muzinga - Nyanza Utd ( Kuri Centre Technique de Ngagara)

Kuwa gatatu igenekerezo rya 2 Ntwarante 2016

Athletico Olympic - Flambeau de l’est (i Bujumbura ku kibuga citiriwe umuganwa Rudoviko Rwagasore)

Inter stars - Vital’o Fc (isaha cumi i Bujumbura ku kibuga citiriwe umuganwa Rudoviko Rwagasore)

Umunsi ugira 25 : kuwa gatandatu igenekerezo rya 5 Ntwarante 2016

Les Jeunes athlétiques - Aigle Noir (i Bujumbura ku kibuga citiriwe umuganwa Rudoviko Rwagasore)

Muzinga - Bujumbura City (isaha cumi i Bujumbura ku kibuga citiriwe umuganwa Rudoviko Rwagasore)

Les Crocos - Messager Ngozi ( Mu Rumonge)

Flambeau de l’Est - Les Éléphants ( Mu Ruyigi)

Nyanza Utd - Olympic star ( i Nyanza)

Kuw’Imana igenekerezo rya 6 Ntwarante 2016

Vital’o Fc - Messager Buja (i Bujumbura ku kibuga citiriwe umuganwa Rudoviko Rwagasore)

Olympic de Muremera - Athletico Olympic ( i Ngozi)

LLB s4a - Inter stars ( isaha cumi i Bujumbura ku kibuga citiriwe umuganwa Rudoviko Rwagasore)

Ivyiyumviro vyanyu

Messager Ngozi Izotsinda 2-0 Messager Buj

25.02.2016 à 12:44
Ferdinand Ntakirutimana

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.