IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > FOOTBALL > Primus League : Vital’O yagumye kw’isonga

Primus League : Vital’O yagumye kw’isonga

mercredi 4 Munyonyo 2015, par egide

Umurwi wa Vital’O ubandanya gutahukana intsinzi mw’ihiganwa rya Primus League rigeze ku munsi waryo w’indwi. Uwo murwi uracari mu kibanza ca mbere, inyuma y’ugutsinda Inter Stars kuri uwu wa kabiri.

Imirwi yatsindanye uku gukurikira ku munsi ugira indwi w’ihiganwa

Olympic Muremera 2 - 1 Aigle Noir

LLB 2 - 0 Buja City

Vital’O 1 - 0 Inter Stars

Flambeau 0 - 1 Athletico

Les Jeunes Athletics 1 - 1 Olympic Star

Nyanza United 0 - 0 Muzinga


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.