Advertisement
Kumenyekanisha
  IGIHE.bi \BB Inkino \BB FOOTBALL
Primus League : Vital’O yanganije ku munsi wa 23
Yanditswe taliki ya 20-02-2016 - isaha 20:26' na IGIHE

Kuri uwu wa gatandatu, ihiganwa rya Primus League ryabandanije ku munsi waryo wa 23. Umurwi wa Vital’O wakinye urukino wari wasivye kubera waheruka mu nkino muri Lesotho. Vital’O yanganije na Athletico Olympic igitsindo kimwe ku kindi.

Uko inkino zagenze kuri uwu wa gatandatu

Vital’o FC 1 - 1 Athletico Olympic

Les Crocos 2 - 1 Aigle Noir

Flambeau de l’Est 2 - 0 Olympic Star

Olympic Muremera 0 - 0 Muzinga

LLB Sports4Africa 3 - 0 Messager Bujumbura

Uko imirwi izokina kuri uwu w’Imana

Isaha umunani : Les Jeunes Athlétiques - Nyanza United

Isaha icenda : Messager Ngozi - Bujumbura City

Isaha cumi : Inter Star - Les Eléphants

Ivyiyumviro vyanyu

vital’o izobikora nabwoba

11.10.2016 à 15:52
yuri task

imigwi ikwirikirana gute ?

23.02.2016 à 22:28
leonce

Mugire inkino nziza zakivandimwe zirangwamwo ubucuti,mwerekana n’ubuhinga murusharushanya, murakoze.

23.02.2016 à 20:39
Habarugira leonidas

Mugire inkino nziza zakivandimwe zirangwamwo ubucuti,mwerekana n’ubuhinga murusharushanya, murakoze.

23.02.2016 à 20:39
Habarugira leonidas

Abarundi Turabakunda Cyane Mukomereze Aho Muri Sport Candi Imana Ibarinde

23.02.2016 à 19:28
Gisa Pacific

nagomba ko vitaro itsindwa

23.02.2016 à 18:04
ndikumana

Imigwi Ikurikirana Gute Kumusi Wa 23

23.02.2016 à 07:53
Adebayor

Ivyo peut être vyohava bigorana ariko sinumva igituma badaca baduha urukurikiranwa rw’ama equipe (classement).

22.02.2016 à 14:40
Desire

Kuber’iki Match Mutazidushira En Direct Kurya Kw’i Buraya ? Vital’o Nikomere.

21.02.2016 à 23:05
Ndikumwenayo David

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.