Advertisement
Kumenyekanisha
  IGIHE.bi \BB Inkino \BB FOOTBALL
Uburundi bwatsindiwe muhira ibitsindo 3 kuri 2
Yanditswe taliki ya 12-11-2015 - isaha 18:13' na IGIHE

Mu rukino rwahuje Uburundi na RDC, RDC yatsinze Uburundi 3 kuri 2. Urukino rw’ugusubiriza rutegekanijwe kuri uwu w’Imana igenekerezo rya 15 Munyonyo 2015.

Ivyiyumviro vyanyu

Nagende Uwo Mukoca Areke Guheza Ubutunzi Bwigihugu Cacu Uyo Ubona Amaziki ? Ivyo Yakoze Muri Ethiopi Twarabibonye None Yaciye Yongera Kandi Kudutoneka Mukiguma Kitarakira Sha Nibamwirukane Arakagesera Akunda Inda Yiwe Ntakunda Uburundi

16.11.2015 à 14:56
Theodate

congo est plus grand 80x que le BURUNDI.Alors ils ont essaye,cela demontre la victoire de demain ou d’aujourd’hui. Bravo a intamba mu rugamba

15.11.2015 à 10:29
nidio

Ahubwo baragerageje, mugabo ivyo uwo mukoca yavuz ndumva kwatakazoza keza yipfuriza abakinyi bacu. ikiriho ngira iwabo arahazi, ntitumukeneye.

14.11.2015 à 09:41
KIROSO

ndavye ivyo umumenyereza yashikirije arakwiye kwirukanwa.ntaco yaje kutumarira.hakamenyereza umurundi.

14.11.2015 à 08:38
jolam

Yego byari kuba byiza u Burundi butsinze ariko na none ntabwo bikabije 3 kuri 2 ni ibintu bisanzwe ahubwo bakinye neza, bihagazeho for sure next time bashobora gutsinda cyane BRAVO àl’équipe burundaise !!

13.11.2015 à 08:11
che

mamawe !!! ibi birababaje kabisa..ariko aba benewacu ntako batagize, gusa bazubaye kumunota wanyuma. ntakundi nukwihana, ariko nacongo ahiri irikwiratumwatumwa. ntitwihebure nabo tuzobatsndira iwabo....intamba murugamba oyeeeeeee.....

13.11.2015 à 00:51
kamaro

Babantubacu nabo bagenda bagahenda abazungu ngo genucide mu Burundi hanobariko baravugango abakinyi bumurwinserukira Burundi ngon’Imbonerakure ! Ewe munguwanje hariho abavukanyi bacu bamaramariye mwakino kinyenyana ca 21 !!!

13.11.2015 à 00:00
Avec

nukuri umurwi nimwiza kandi cane,ariko kocha mumuhanure.ari harya ntiyifate nkumurorezi,harya ntiyabonako abakinyi b’intamba baribarushe ?twatsinzw kubwokuruha.

12.11.2015 à 23:44
tall

uburund ntawovuga ngo ntibukaz kumupira ntako butagiz ari urwogusubiriza hazocuwambay.

12.11.2015 à 21:39
sabushimike elie

Ni Nkurunziza ya bateye umukoshi

12.11.2015 à 21:18
santos

Mana Yanj Nukuri Uburundi Twari Twagerageje Kubona Abakinyi Batanguye Mukibuga Imach Ikarinda Ihera Badasubirijwe Abarushe Nubwo Abarundi Twakomera Pe.

12.11.2015 à 20:57
Abraham Sikobizohora

Congo twaritubizi kwarabakinyi bibihangange muri Afrika nubundi nuko bahuyenumurwi wu burundi usigaye arigihangange.

12.11.2015 à 19:40
None ?

Uburundi Nibwihangane Tuzobatsinda Hanyuma Ngira Babonye Ingene Bakina Nibahakure Isomo !

12.11.2015 à 19:26
Christophe NKENGURUTSE

Kubita izo mbonerakunya zaravumwe,ahubwo ndasaba Congo izo mbonerakunya nizaza i Kinshassa kuri retour muzozimese 11 kubusa.

12.11.2015 à 18:53
Falcon

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.