IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Imibano > Reta yari ikwiye kwubahiriza amategeko (Video)

Reta yari ikwiye kwubahiriza amategeko (Video)

mercredi 30 Ntwarante 2016, par Jean De Dieu

Source: Tele Renaissance


IGIHE

Messages

  • MBEGA IYO LE NENCACE IKORERA HEHE?MWAVUZENGO RETA YARAYITURIYE?MWABONYE IVYOMWATEGUYE BIBANANIYE MUCAMWISAMBURIRAKO NKIMPENE NGO MUZORONKA IVYOMUZOREGA RETA TWARABAHINYUYE

  • Wewe ntahutaniye nuwemejeko mu Rwanda abatutsi bakorewe itsembabwoko ariko bikamunanira nokwemezako hariho abahutu bomu Rwanda isinzi bishwe bazira kwari abahuntu. Abantu nkabo ikibacarikubaberaciza kwarukunuma.
    Nkawewe uravuze ivyuvuze kandinivyo ubifitiye uburenganzira, ariko iyo womanze kuva kugasakonda kambere kugezakukanyuma wivugira ngo reta ngoyubahirize agateka kazinamuntu, ariko ukarinduheza ataco uvuze kubaturira abantu, abatera ama grenade mubantu mumasoko, mubirenganira mwibarabara, abibereye mubunwero , nukuvuga wewe uhangayikishije nabafatwa batwarwa gukorwako amatohoza ariko ugasanga ntacowovuga kurivyo navuze vyoguturira abantu kuko kuriwewe usanga arivyovyiza kuruta ahiwavuze bafatwa?
    Muvyukuri tudahendanye wovuga ivyokwubahiriza agateka kazinamuntu ntuvuge ko barya baturiye abantu , gutera ama grenade abantu kwarukwaka agateka abantu wumva utaba usumbwa nuko warikwinumira!?
    Ibintu vyikigihe bisigaye bigoye nukuri ugiraguti ukumva umuzungu canke nuyundimuntu yitwa ngoyaranonosoye ivyagateka kazinamuntu ukumva ngo imfashanyo zarizigenewe abarundi ngozose tuzitwaye iyo abarundi bahungiye mubindi bihugu, ikibazati ukwoniko agateka kazinamuntu kubahirizwa!? Abantu bangana 00.9999999% bahunze uciye ubasumbisha 99.8888% basigaye mugihugu ukavyerekananeza mumvugo nomungiro ko abarundi barimugihugu arabogupfa hagashigikirwa uwahunze!? Kurijewe ndimurico kibanza noshigikira abasigaye mugihugu nabahuze bikacavyitwa vyukuri komparanira agateka kazinamuntu aharihose.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.