Accueil > Imibano > Rwanda: Abarundi benshi bahunguka ni ababa hanze y’amakambi y’impunzi
Rwanda: Abarundi benshi bahunguka ni ababa hanze y’amakambi y’impunzi
jeudi 30 Mukakaro 2015, par
Ubushikiranganji bujejwe impunzi no gukinga ibiza mu gihugu c’Urwanda, bumenyesha ko impunzi z’abarundi zatanguye guhunguka ari ababa hanze y’ikambi y’impunzi batari biyandikishije nk’impunzi.
Frédéric Ntawukuriryayo ajejwe kumenyesha amakuru muri ubwo bushikiranganji, yamenyesheje ko hari bake mu makambi y’agateganyo basavye ko basubira iwabo, akamenyesha ko ari uburenganzira bw’impunzi gusubira mu gihugu cabo.
Erika Fitzpatrick, akorana n’umurwi ujejwe kumenyesha amakuru mw’ishirahamwe ryitaho impunzi UNHCR ku murwa mukuru w’Urwanda i Kigali, yavuze ko bakiriye amakuru ko hari impunzi zatanguye gutaha , avuga ko ariko akorana n’Ikigo kijejwe abinjira n’abasohoka kugira bamenye ibiharuro vy’impunzi zatashe.Fitzpatrick yemeje ko bakiriko bakira impunzi nshasha ku munsi ku munsi.
Abarundi batanguye guhunga kuva mu mpera z’ukwezi kwa kane,umugambwe CNDD FDD umenyesheje ko umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza ariwe azowuserukira mu matora y’umukuru w’igihugu.
IGIHE
Messages
30 Mukakaro 2015, 14:37, par kanyarwanda
Abari mumakambi bo LETA ya KAGAME yabafasheho ingwate kugira ngo ijye ivanamo abasore bo guhabwa imyitozo ya gisirikare maze bajye biha inkumbi batera grenades abanyagihugu banabatwika nimipine. ABARUNDI NIMUHAGURUKE Mmwamagane urwanda rureke bene wanyu batahe.
30 Mukakaro 2015, 14:38, par Avec
Manayanje ibintu birabaye bishasha kungivu kubera politike yuburozi, umva kuvakera abarundi mugihugu cu Rwanda bamye bajayo kubwishi kumbozitandukanye ariko ntibacabitwa impunzi none uyumusi nuwugize aragendagusumiramu Rwanda HCR na reta yurwanda bacabacakira ngogenda munkambi ngokabdi turanditse mugitabo kuhunze Imbonerakure ngokandi nuyundimuntu azokubaza uzinwishure guryonyene!!!.
30 Mukakaro 2015, 16:19, par che
Nkawe uvuga ngo abarundi ni muhaguruke mwiyamirize u Rwanda, ivyo uvuga ibifitiye preuves canke uri muri babandi bagenzwa no gutamika abandi uburozi? Reka ndakubwire mbwira n’abandi mbona batazi akarere batuyemwo ibihabera, mwabaye abaja b’amacakubiri biragaragara ariko ikibabaje nuko mutabona ko ahao gukira mugenda muba indembe nkurikije ivyo mwandika, mwikebuke muve muri ayo mafuti. Ntabwo u Rwanda rufata impunzi kuko sirwo ruzijejwe rwonyene, kandi k’umupaka no mu gihugu abarundi ni uruja n’uruza, be muvuga ivyo mwatohoje.
30 Mukakaro 2015, 16:21, par ciza
Nshaka kubwira wewe wiyise AVEC hamwe nawe Wiyise KANYARWANDA:
None mubona ivyo mwashikirije hari isano bifitanye n inkuru yatanzwe n’ikinyamakuru igihe?
Canke mwagomba kugaragaza ko muri interahamwe gusa!!!! U Rwanda ruti impunzi gutaha ni uburenganzira bwazo, nawe uti haguruke mwamagane leta y u Rwanda!!!! None bayamagane ko yakoze iki kibi wamuhimbiriwe!"!! aho mwashaka kumara abantu iyo batabakira ntimuba mwarakoze jenoside????? mwa nterahamwe mwe!!! muragapfana amaraso ku minwe!
30 Mukakaro 2015, 20:24, par Avec
@ Ciza, kugirumuntu yanditse umumenye kwarinterahamwe ubimenyera kubiki? Ndakubwire uyununwanyawawe wokivuga Ko Interahamwe , ariko bigiyeguhinduka nihuzocusanga warihenze.
30 Mukakaro 2015, 22:11, par fidelite
Simbona igituma mwirigwa muterana amajambo,si abari hanze y’amakambi,si abari mu miji,bose nimwigumirize nukuli,gusa uwuzokwibazako azoza kudutera avuye mu rwanda abanyagihugu tukamuha inzira uyo azoba yihenze,ikibabaje cane giteye agahinda ni abahutu bahimvye ntacoyimena,amahoro yababanye menshi none ngo reka tuje muri nyungwe,c’est domage kuko mu gihugu canyu ntaco mubuze ,mureke guhendwa amoko arahari mu burundi mubana n’abakeba batigeze babipfuriza ineza none ubu ngo amoko ntayakibaho,bo bashaka gukura umuhutu ku butegetsi namwe mugakurikira,bon sang ubu ntibikenewe ko babifatira ngo babatamike amajambo,nimba bashaka gukura umuhutu ku butegetsi bareke babikore bonyene bavyifashe ce n’est pas vrai ko niyombare yataye ivyo yatangiye ubuto bwiwe mw’ishamba be n’abandi basoda,ubu bakaba baraye babimwirukanyemwo akaba ariko arangara mais qu"est ce qui ne va pas dans vos tetes,ndabira radjabu ama montages yamubayeko muri cnddfdd abatutsi bakoze bagasigara bigamba ngo kara crana ngo nitwe twabikoze,ugaca usanga imamba zaje kuhicara,pas possible ça,harageze ko mumenya ubugenzi n’akagenzanyo si non muzozira gentillesse yanyu,il est grand temps ko mwiga kuba mechants et brutaux nkabo sino vous serez toujours en bas de la pyramide à vous faire écraser comme des punaises.
31 Mukakaro 2015, 08:24, par jogingi marahwe
ew rwanda naw, ah i waw niho har uburyamo bwiza gusumvy i burundi? nahora ntembera nongera nsum i rwanda ariko kuwuj ubu aca yitw impunzi, mbay ndahipfunga.
31 Mukakaro 2015, 09:34, par Inkotanyi Ya Marere
Ariko kuba u Rwanda rwa rakiriye impunzi za Barundi bya baye ikibazo??Ibi byose nsigaye nsoma hano ni nterahamwe zataye icyizere ku bwumuvumo wi Mana zikaba zisigaye zivura stress zihishe inyuma ya cravier!!!mwibagiwe ko twantsinze Ex Far(Ingabo za reta ya Habyarimana Angola Zimbabwe Zambia )muri Congo???turwana imyaka 2 bakananirwa kugera no hafi yu mupaka wu Rwanda kuri mission ya France yo gukuraho Kagame???sooo!!! Kagame yarabatsinze kdi ingufu yabakubitishije zariyongereye cyaneeee!!kdi na Maraso yabavandimwe bacu,na babyeyi bacu yatwongereye ingufu muburyo budasanzwe!!IMutubwirire Abo bashenzi bimbonerahafi ko bibeshye ngo barashaka kwica bene wacu babatutsi bi Burundi ntibabibigeraho kuko ntibabica rwose tureba!!!Never
31 Mukakaro 2015, 12:40, par N.Claude
Ndi munkabi i GASHORA.burya reta y uburundi irantangaza! Mbe yifuza ko duhunguka gut kandi uwuyiye ashika bafata atanumusi aramara adapfuye akab ikimuga!ahubwo nkurunziza natureke agumane nabiwe irk ameny ko kukimuhebera burundu bidashoboka
31 Mukakaro 2015, 14:20, par fidelite
@nkotanyi ya marere
On t’emmerde nububeshi bwawe,turabamwa ntagisivya bigize utwo imbwa zigira muce muza hanyuma u rwanda n’uburundi bicumbane,tu crois ko basubiye kugumuka mu gisagara canke bakatwicira perezida tuzotinya inkotanyi,jamais au grand jamais izo nguvu urata z’amaraso ntimuziturusha,nta muhutu azongera kwirererako umututsi ngo nuko inkotanyi ziri quelque part ,turabamomora nta kibuza uce uza bihere biheze.Twebwe izo mpuz muzigumije ntaco bitubwiye,abatutsi ntaco binjiriza uburundi .
31 Mukakaro 2015, 15:57, par mutabazi
@inkotanyi. Nimmwambuke abarundi babamese iyo midigi yuzuye amase bayitere urusoro. Uburundi si Congo kandi mwibuke ko nakongo yabahonzahonze abasigaye bakabatunga kumigano nyuma abarokotse bakajya mundiri yabo mumakambi mu Rda. Naho kuvuga interahamwe ni inkuru ishaje. Ese ubona mwatsinda uruhe rugamba? Abantu nka Kabarebe na karya kada kameze nkakumuntu urwaye urushwima wumva aribo bashobora uburundi? Ambuka akanyaru wa ntagondwawe bakwereke maze ya ngona Gustave ibone inyama itarushye
31 Mukakaro 2015, 18:01, par Inkotanyi ya Marere
Icyo nzicyo aba bose batanga commentaire zo gutuka u Rwanda ni interahamwe za banyarwanda zitereye ikizere(Fidele
31 Mukakaro 2015, 21:31, par mutabazi
@nkotanyi yamarere. Izitwaga kera izamarere ubu zitwa (inkotanyi z’imidigi). Kurya ibyo mutaruhiye mwamihirimbiri mwe isaha nisaha bizabagaruka mubiruke. Naho so wanyu rukarabankaba kagame ubu ameze nk’imbeba yanyagiwe kuko azi neza ko ibye kabizakemuka vuba agakanirwa urumukwiye
1er Myandagaro 2015, 06:49, par Kwizera Abdul Jabar
abahunga bo baracahunze,nibaba batagomba gutwagwa na Piere NKURUNZIZA nibasabe nationalité zindi.kuko abarundi twaza twiruhutsa.
1er Myandagaro 2015, 10:02, par INKOTANYI YA MARERE
niko sha mutabyi we nako mutabazi nakubajije ngo:KO MUFITE LEBELION MUGIHUGU NDUHANA IMBIBI (Congo) niba uvuga ngo inkotanyi zarizakera(gsa nabyo nshima kuko wenda uremera ko ubutwari bwo kutaneshwa zari zibufite)ko mumaze imyaka 21 muri hariya ko mutajya mugerageza wenda ngo muze murwane nagasaha kamwe mugerageze gufata nu mudugudu umwe????ahubwo mwitereye ikizere indirimbo yose ivuga nabi u Rwanda muyikomera amashyi gsa ntcyo muba muri kwivura STRESS;watubabariyeeeeeee nkuko GEN KABAREBE ya bivuze ko muteye byaba ari byo byiza kuko nta ni saaha nimwe(1H) mwamara batabatamiye nkabatamira ibijumba ukajya gutanga msaada tukareba?????NTABYO WAKORA NTANIBYO UZAKORA KUKO IMANA YABATEJE UBWOBA INGOMA IBIHUMBI NI BIHUMBI:bajye babaha ibyo kwirira gsa kuko inda nini nizo duhora tubarega:WEEKEND nziza kuri wowe MUTABAZI NA FIDELI mbandikiye aka ka message ndi KIGALI-Nyamirambo mu RWANDA rwa KAGAME.
1er Myandagaro 2015, 14:07, par kanyarwanda
@inkotanyumudigi!. Ibigambo byanyu byo kwiyemera ntawe utabizi. Ni mwambuke akanyaru bagusature iyo nda yuzuye amase abarundi maze bagutunge kumugano. Wibagiwe akakanya abagutsinze muri kibumba, cyanzu, Runyoni? Ubu ngaramye mubirunga ntaho nagiye. Andi mabwiriza naza tukabavudukana nzareba aho wihisha. Mumwobo se? Mukirere se? hose muzahigwa butware mwamburagasani mwe.Ibyo kwirwa mukona abahutu muzabibazwa bene gahini kuko ntampuhwe muzagirirwa nimutihana.Naho abarundi mwafasheho ingwate mumakambi dore ko mufitanye isano na Alishababu muzabibazwa.
1er Myandagaro 2015, 20:10, par mutabazi
@inkotanyi y’amarere Alias Rubebe Icyomanzi chef w’abapfayongo!! UYU munsi wishe abahutu bangahe ??? Ibigambo byawe ntaho bitaniye nibya so wanyu Inkoramaraso izirusha intambwe (Kagame)