Accueil > Inkino > FOOTBALL > Saido Ntibazonkiza agiye gukinira umurwi wa Caen mu Bufaransa
Saido Ntibazonkiza agiye gukinira umurwi wa Caen mu Bufaransa
mardi 15 Nyakanga 2015
Umukinyi Saido Ntibazonkiza ashobora gushira umukono ku masezerano yo gukinira umurwi wa Caen wo mu cicaro ca mbere mu gihugu c’Ubufaransa.
Nkuko amakuru dukesha ikinyamakuru Maxifoot co mu gihugu c’Ubufaransa,Saido Ntibazonkiza w’imyaka 28 y’amavuko,ashobora gusinyira gukinira umurwi Caen,mu kiringo c’imyaka 3.

Ayo makuru nyene amenyesha ko abaganga b’umurwi wa Caen bamaze kumugirira ibipimo basanga,umukinyi Saido Ntibazonkiza,arashobora gukina ata ngorane n’imwe.
Saido Ntibazonkiza yahora akinira umurwi wa Akhisarspor wo mu gihugu ca Turquie.Imbere yaho, yarakinye mu murwi wa Nec Nijmegen muri Hollande arakina kandi mu murwi wa Cracovia Mks muri Pologne.
Van Naris Mugisha
Messages
15 Nyakanga 2015, 20:49, par JEANMARIE
NIVYIZA KUBURUNDI ARIKO NUKO HARIMWO INTARA
15 Nyakanga 2015, 20:51, par JEANMARIE
EWE......!NIVYIZA KUBURUNDI ARIKO NUKO HARIMWO INTAMBARA!
15 Nyakanga 2015, 20:53, par JEANMARIE
EWE......!NIVYIZA KUBURUNDI ARIKO NUKO HARIMWO INTAMBARA!
15 Nyakanga 2015, 22:22, par ppm
Vbnm
15 Nyakanga 2015, 23:07, par Jeremie
Nivyiz Ndamwipfurije amahirwe. Imana Imuje Imbere Mukubandanya Aterimbere.
15 Nyakanga 2015, 23:59, par Bimenyimana guy eric
Yooo!iman imufshe azobandanye aterimber ab igihangang mu makung
16 Nyakanga 2015, 08:39, par GODEFROID
TERIMBERE SAIDO NTIBAZONKIZA KAND NITEKA K UBURUNDI.ARIKO WAME WIBUKA INTAMBA MURUGAMBA.
16 Nyakanga 2015, 18:15, par niyonzimaleandre@gmail.com
saido navugishe ukuri ubuhinga akoresha mugukina ko atavyasatani avangamwo hanyuma namwe muvuga ngwimana imufashe aterimber Imana kwari nyinshi niyihe mana muzi koyob ashirimbere?
16 Nyakanga 2015, 18:53, par kazoza
we niyonzima nimba wirirwa urinywera itabi uturira ama pneus hari abana bavukanye i talent wewe kora ivyo ushoboy urab ko utazo performinga
16 Nyakanga 2015, 18:53, par kazoza
we niyonzima nimba wirirwa urinywera itabi uturira ama pneus hari abana bavukanye i talent wewe kora ivyo ushoboy urab ko utazo performinga
16 Nyakanga 2015, 19:54, par Gladson Munezero
Twebge Nkabarundi Imana idahengeshany guter icubahir abakiny b’igihugu cacu nukur nivy gushma cne.ham uwo mukiny naw nkuk yam atwambik itek mu équpe national 2mwifurij kugir ikiganz ciz mur France. Merci Bcp!
16 Nyakanga 2015, 23:25, par Ndabivuge.
Félicitation notre frère Saïdo NTIBAZONKIZA. Uragiz’Imana Utahuye na Olivier NIYUNGEKO ngw’akugirikigonde akwak’igiturire Yaratwiciyabana ngo no ni Coatch National adjoint!!
17 Nyakanga 2015, 21:31, par Aimable kalolelo
ube nka messi
18 Nyakanga 2015, 21:35, par Isaac
Ndaryohewe kwumvako umurundi mwenewacu agiye gukinira mu bu frança mu murwi wa caen.
7 Gitugutu 2015, 16:35, par niymbona thierry
mambo yako mzuri hongeleni na kpaji chako
12 Gitugutu 2015, 20:37, par Obeissance
Vrem ndashima kwumva ko umukinyi rurangiranwa mu burunduu nt.saido yagiy gukinira mubu faransa mana muje hejuru abe incungu yu burundi mumupira urakoze
4 Kigarama 2015, 17:03, par irakoze gentil
iyonkuru ya saido ntibazonkiza je mbona ko amaze gushika mubigero nkivyo mbona numuha umugisha akabandanya akina neza kandi afasha igihugu ciwe.
25 Nzero 2016, 08:45, par Rubin rioscar
nshaka kumenya vyishi kuri saido?
25 Nzero 2016, 08:47, par Rubin rioscar
nshaka kumenya vyishi kuri saido? kandi imana imuhezagire
25 Nzero 2016, 08:50, par Rubin rioscar
nshaka kumenya vyishi kuri saido? kandi imana imuhezagire
15 Ruhuhuma 2016, 23:21, par Audry
Mumisi Irimbere Tuzokumva Ngo Akina Muri F C B Bakinahamwe Na Lionel Messi .
7 Rusama 2016, 02:30, par Ndidushimirimana Gorodien
imani mujimbe muguterimbere kwiwe