IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > FOOTBALL > Saido NTIBAZONKIZA yagarutse mu myimenyerezo

Saido NTIBAZONKIZA yagarutse mu myimenyerezo

mardi 15 Ntwarante 2016, par egide

Inyuma y’iminsi yari amaze ataboneka mu kibuga kubera yabazwe ku kuguru kuva aho agiriye ububabara mw’ivi, Saido NTIBAZONKIZA, umusatirizi nomero 10 wo mu murwi SM Caen wo mu cicaro ca mbere mu gihugu c’Ubufaransa yagarutse mu myimenyerezo.

Mu butumwa yanditse ku rubuga rwiwe rwa Facebook, Saido NTIBAZONKIZA asanzwe yitazira Lion 10 yanditse avuga ko yagarutse, agashimira Imana. Muri ubwo butumwa yagize ati :

Lion10 ‪#‎Allah‬ Akbar ‪#‎im‬ back # Lifeisgood ‪#‎Alhamdulillah # INTUMVA ZAMAHO


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.