IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > FOOTBALL > Umurwi wa Vital’o FC uzoca uhura na Enyimba wo muri Nigeria

Umurwi wa Vital’o FC uzoca uhura na Enyimba wo muri Nigeria

dimanche 28 Ruhuhuma 2016, par egide

Inyuma y’ugutsindwa kimwe ku busa mu rukino rw’ugusubiriza rwabereye i Bujumbura kuri uwu w’Imana, umurwi wa Vital’O wagumanye amahirwe y’ukuguma mw’ihiganwa ry’imirwi yabaye iya mbere mu bihugu vyayo, kuko uwo murwi wari watsinze bibiri kuri kimwe umurwi wa Lioli FC, mu rukino rwa mbere rwari rwabereye muri Lesotho.

Mu rukino rwa Vital’O rukurikira, bazohura n’umurwi wa Enyimba wo muri Nigeria, uwo nawo ukaba watsinze ibitsindo bibiri ku busa umurwi wa Vipers wo mu gihugu c’Ubuganda, mu rukino rwabereye mu gisagara ca Kampala.

Abakinyi ba Vital’O batangura mu kibuga kuri uwu w’Imana

Arakaza Mc Arthur
Nshimirimana David
Hakizimana Issa
Kiza Fataki
Nkurunziza D’Amour
Barenge Pistis
Nahimana Shasir
Akimana Trésor
Mavugo Laudit (Kizigenza)
Hussein Shabani
Amani Boniface

Abasubirizi (Remplaçants) :

Biha Omar
Niyonkuru Nassor
Kaze Gilbert
Rugonumugabo Stéphane
Iddy Djumapili
Ndikumana Yussuf Lule
Ndayishimiye Deo


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.