Advertisement
Kumenyekanisha
  IGIHE.bi \BB Inkino \BB FOOTBALL
Vital’O yatsinze Lioni FC yo muri Lesotho mu rukino rwa mbere
Yanditswe taliki ya 14-02-2016 - isaha 19:28' na IGIHE

Mu nkino z’imirwi ya Afrika yabaye iya mbere mu mahiganwa yayo, umurwi wa Vital’O watsinze ibitsindo bibiri kuri kimwe ca Lioni FC yo mu gihugu ca Lesotho. Mu gihe urwo rukino rwa mbere rwabereye mu gisagara ca Maseru muri Lesotho, urukino rw’ugusubiriza ruzobera i Bujumbura, imbere y’abarorerezi ba Vital’O.

Ibitsindo vya Vital’O bikaba vyinjijwe na Laudit MAVUGO, hamwe na Nahimana Shasiri.

Abakinyi ba Vital’O batanguye mu kibuga ni :

Arakaza Mc Arthur, Nshimirimana David, Hakizimana Issa, Kiza Fataki, Niyonkuru Nassor, Barenge Pistis, Nahimana Shasiri, Akimana Trésor, Mavugo Laudit, Hussein Shabani, hamwe na Amani Boniface

Ivyiyumviro vyanyu

Kwata Makuru Muduha ?

12.03.2016 à 09:12
######

Murashoboye nkabandabahaye inguvu

28.02.2016 à 18:14
Eto’o schadrack

Tuzotsinda Imana Iratubona Nseremani Nihari, Turitayari Gutsinda

23.02.2016 à 07:30
Jacque

kwatamakurumuduha

19.02.2016 à 10:40
onesime

kwatamakurumuduha

19.02.2016 à 10:37
onesime

Urukinorwogusubiramworuzobakw’igenekerezoyakangahe ?Mwoturonsainyishuvyihusemurakoze.

18.02.2016 à 21:15
J.claude

Urukinorwogusubiramworuzobakw’igenekerezoyakangahe ?Mwoturonsainyishuvyihusemurakoze.

18.02.2016 à 21:14
J.claude

Mbega Vyiza Ndafana Vtl Igihecose Ramba Vitaro !!!

18.02.2016 à 20:36
Ntahomvukiye J Baptiste

NASHAKA MUMBWIRE URUKINO RWOGUSUBIRIZA I BUJA RUZOBA RYARI KURI VITAL,O FC

17.02.2016 à 11:33
ELIAS

Vital Ko Meza Utera Natwe Tukuri Inyuma Bandanya Murya Tize Muze Mutere Ibitsindo 3 Kuri O

16.02.2016 à 16:57
Danny Kengest

Vital,o tupa ndani iraduteturuye kuba ibendera ry’Uburundi ryahunngabanye I MASERU kandi tugatahana intsinzi turabakeje cane.Mugabo FFB yacu irafise ingorane atariyo azoba ari Ministere ya jeunesse et sport kuko ntushobora kunva ukuntu equipe iserukiye igihugu umenga ntibabazi.Ex bakinye Dimanche mugabo gushika ubu ntibaraza.

16.02.2016 à 16:17
hamenya desire

fércitation ! ndakunda equipe itsinda cane nka vitalo muh ibihembo bikwiy iyomisore yacu

16.02.2016 à 01:59
habanayo paul

FERCITATION VITAL,O FC URUKINORWO GUSUBIRIZA RUZOBARYARI ?

15.02.2016 à 14:58
NTAKIRUTIMANA ELIAS

Vital’o Tupa Ndani Minsi Yonse.

15.02.2016 à 03:42
Emmanal Nsengiyumva

Felicitation Kurivitaro Yaduteturuye Twari Tuyizigiye Iragumaivyifat Amwonezaiduserukanire Igikombe,niharambe Vitaro Hamwe Na Barcelona

14.02.2016 à 21:07
Thade

Mwakoze Kuduteturura Komera Caaaaane ! Murateyiteka Uburundi Nabarundi Mugire Amahigwe Menshi

14.02.2016 à 21:03
Niyukuri Ezechiel

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.