Igiteramo co gusezera umuririmvyi Spok’s arangije amashuri y’isumbuye, caraye kibaye nk’uko cari cipfujwe, nta gucerwa ku masaha canke ibikorwa vyari ku rutonde. Abaririmvyi batandukanye hamwe n’abanyatugenegene bo kw’ishuri Lycee de la Plaine batanguye kuryosha ibirori.
Ibirori vyateguwe n’ubuyobozi bw’ishure Lycee de la Plaine ryaranzwe n’udukino, intambo, n’abaririmvyi, bamwe bo kuri iryo shuri hamwe n’abandi bari baje kwifadikanya n’umuririmvyi Spok’s yari yateguriwe ibirori.
Uri abakobwa (...)
Accueil > Kwidagadura > Kermess
Kermess
-
Ibirori vyo gusezera Spok’s vyarimwo abakobwa bambura umpuzu zimwe bambara izindi
21 Ruheshi 2014 -
Igiteramo co gusezera umuririmvyi Spok’s cageze
19 Ruheshi 2014Isango ry’igiteramo categuwe n’ubuyobozi bw’ishure "Lycée de La Plaine" cageze. Umuririmvyi Spok’s yagiteguriwe ariteguye kwakira abaririmvyi bagenzi we bazoza kumushigikira kuri uwo munsi w’intaraboneka.
Iryavuzwe riratashe, ku ncuro ya mbere kuva ishure "Lycee de la Plaine" rishinzwe, nta giteramo giteguwe n’uburongozi bw’ishure cari bwabe. Ngico ca giteramo c’ubwoko bwa "Kermess" kizoreshwa na Spok’s arangije amashure yiwe kuri iryo shuri cashitse. Spok’s ari kumwe n’abaririmvyi bagashobozi mu (...) -
Abanyeshure bahejeje ibibazo baripfurizanya uburuhuko bwiza muri Kermess yabateguriwe
28 Ntwarante 2014Abanyeshure bahejeje ibibazo (examens) barateguriwe ihuriro (kermess) ryo kwikura akuya k’ibibazo bari bamazemwo iminsi. Ku rutonde rw’ibizakuba, hari imirwi y’abanyeshure baririmba bakongera bagatamba, udukino, n’ibindi. Bamwe mu baririmvyi bazwi mu muziki w’i Burundi ntibatangwa.
Mu ntumbero yo kwipfurizanya uburuhuko bwiza, ishirahamwe rishasha Sam Production rirongowe n’umuririmvyi Irakoze Hugues, azwi kw’izina rya Sam Over, ryarateguye ihuriro (Kermess) igira iremeshwe n’urwaruka ruva ku (...)