Gospel
Ishirahamwe JELIM Premier Events iriko itegura isabukuru ya mbere iteguwe ku bw’abaririmvyi b’indirimbo mpimbazamana. Iyo sabukuru izoba igizwe...
Mu nzu y’ibiteramo y’ahahoze hitwa Odeon Palace harabereye amahiganwa y’abaririmvyi b’indirimbo mpimbazamana bise Bujumbura First Dancehall. Umurwi...
Umurwi w’abaririmvyi “Redemption Voice” uririmba indirimbo zo gucungurwa warabiciye biracika mu giteramo cabo citabwe n’insinzi ry’abantu , aho...
Umurwi w’abaririmvyi b’indirimbo mpimbazamana, « Redemption Voice »bariko bategura igiteramo ntaraboneka, kizoba kandi kibaye ica mbere. « Yuguruye...
Umuririmvyi Gaby kamanzi ava mu gihugu c’Urwanda yaraye ateramishije abarundi mu giteramo c’agakura yise ‘’more than a song’’. Akanyamuneza niko...
Mu giteramo yahoramwo mu gihugu kibanyi ca Repubirika iharanira intwaro rusangi ya Kongo, yarahakuye ibitari bike kandi yarashoboye kuryohera...
Aho yitaba ubwa mbere mw’ihiganwa”Primusic” ryateguwe rigashirwa mu ngiro n’ishirahamwe Brarudi, J. Marie Christian Ninteretse yasa n’uwutabona...
Harategekanijwe igiteramo co gutanguze ibiteramo vyo gufashanya hagati y’abaririmba indirimbo mpayagizamana. Ico giteramo kizoba kuri uwu w’Imana...
Umurwi Singiza wo mu gihugu c’Urwanda warakoze igiteramo co guhimbaza no gutazira Imana mu rukurikirane rw’indirimbo « Tukumenye ». Hari kuri uyu...
1 | 2 | 3 | 4
Umuririmvyi Théogène Uwiringiyimana benshi bataziriye “Bosebabireba” wo mu gihugu c’Urwanda aramaze ikiringo c’iminsi itatu mu Burundi aho yaje...
Umuririmvyi Niyukuri Dudu wo mu gihugu c’u Burundi, yanamenyekanye cane mu ndirimbo zo guhayagiza Imana, amakuru dukesha Rwanda Gosper .com...
Fortran Bigirimana gutanguye imyiteguro y’urubanza rwiwe rwo gushingiranwa n’umwigeme w’umufaransakazi yitwa Sophia Derain. Umuririmvyi Fortran...
Umuririmvyi w’indirimbo zo gutazira Imana, David Nduwimana, amaze iminsi ari mu gihugu ca Australie. Akaba azomara ikiringo amezi 3 akora...
Fortran Bigirimana umuririmvyi w’umurundi aririmba indirimbo z’Imana afise umwigeme bakundana yitwa Sophie Derain ashima ukuntu bariko barakorana...
Groove Awards, ni amarushanwa y’abaririmvyi baririmbira Imana, abera mu gihugu ca Kenya ku bwira bw’umuryango wigenga wa Skiza ishami rya...
Nkukodusanzwe tubimenyereye igenekerezo rya 14 ruhuhuma uko umwaka utashe harahimbazwa kw’isiyose umunsi mukuru w’itiriwe umweranda Valentino...
Mu ntumbero yo kubandanya yamamaza ubutumwabwiza bwa Yesu Kristo, umuririmvyi Emmy Smith yaritavye ubutumire mu rubanza rw’ubugeni aho yari...
Campus Vibe ni ihuriro rihuza abanyeshure b’abakristo baturutse muri za kaminuza zose z’Uburundi, iryo huriro rikaba ryateguwe n’ishengero...
1 | 2 | 3
Nkukodusanzwe tubimenyereye igenekerezo rya 14 ruhuhuma uko umwaka utashe harahimbazwa kw’isiyose umunsi mukuru w’itiriwe umweranda Valentino...
Kumunsi wa gatanu igenekerezo rya 15 Ruhuhuma uno mwaka turimwo mukigo ndangamico c’abafaransa (IFB : Institue Français du Burundi)...
Umuririmvyi Fabrice yaragirishije igiteramo kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 1 Ntwarante 2013, mu kigo c’abafaransa IFB Hahoze ari CCF,...
Kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 3 Ntwarane 2013, umurwi witwa “Gloryfy team” uririmba indirimbo z’Imana ugizwe n’urwaruka ruturuka mu mashengero...
Kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 15 Ntwarane 2013 umurwi wa Redemption Voice ukunzwe cane mu ndirimbo z’Imana witavye igiteramo, muri kaminuza...
Umurwi Zoe Music uririmbira kw’ishingero Eglise de Dieu de la Prophésie ryo muri komine Cibitoke, mu gisagara ca Bujumbura wararemesheje...
Ku mugoroba wo kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 10 Rusama 2013, umurwi wa Shemeza music wo mu gihugu c’Uburundi uri mu Rwanda aho witavye...
Groove Awards, ni amarushanwa y’abaririmvyi baririmbira Imana, abera mu gihugu ca Kenya ku bwira bw’umuryango wigenga wa Skiza ishami rya...
Redemption voice ni umurwi ugizwe n’imisore indwi n’umwigeme umwe gusa. Uwo murwi wavutse mu mwaka w’2010, ariko batanguye gukorera hamwe mu mwaka...
1 | 2 | 3 | 4