Le jour de célébration de la charte de l’unité nationale au Burundi, l’artiste humoriste congolais, Joyeux Bin Kabodjo, était invité à agrémenter la soirée de vœux organisée par le gouverneur de Gitega, Venant Manirambona. Dire qu’un comédien peut contribuer à la consolidation de l’unité nationale est une évidence pour ce jeune comédien.
Accueil > Kwidagadura > Komedi
Komedi
-
« Un humoriste devrait être proclamé acteur de l’unité »- Joyeux Bin Kabodjo
8 février 2018 -
Bin Joyeux Kabodjo, le comédien des ridicules réalités de la vie est à Bujumbura
29 Mukakaro 2017, par Egide NDUWIMANABin Joyeux Kabodjo 22 ans, comédien de Bukavu en RDC, est invité dans Kigingi Summer Comedy de ce Samedi à Bujumbura. Commencé à faire de la comédie en 2009 en imitant des personnes, Kabodjo avoue qu’il est le résultat d’un soutien de beaucoup de gens et définit ce qu’il fait comme les ridicules réalités de la vie.
-
Ildephonse-Comedien yatwengeje umukuru w’igihugu Pierre Nkurunziza (Video)
26 Ndamukiza 2017, par Jean de Dieu M.SC: Ildephonse-Comedien
-
Alfred Aubin Mugenzi «Kigingi» yagirizwa ugutuka umukuru w’igihugu (Video)
1er Ndamukiza 2016, par Jean De DieuAlfred Aubin Mugenzi azwi cane kw’izina rya Kigingi, umuhinga mu gutwenza asanzwe ateramisha abantu mu bibanza bitandukanye hamwe no ku nsamirizi Buja FM yahora ari Radio 10, apfungiwe mu gasho k’igendereza mu gisagara ca Bujumbura. Yagirizwa ugutuka umukuru w’igihugu.
Igihe Kigingi w’imyaka 30 yafatwa kuri uwu wa kabiri, yari mu ntara ya Muramvya, mu bikorwa vy’uguteramisha abantu, mu birori vy’ugukundisha ikinyobwa ca PRIMUS. Abakozi b’igendereza mu ntara ya Muramvya bamusanze kw’ihoteri "Baze (...) -
Dieudonné yagirizwa kugomba kuzura umuzi w’urwanko rw’Abayahudi
5 Ruhuhuma 2014Dieudonné M’bala M’bala azokwrikiranwa n’ubutungane kubera amajambo yo kwifatira mu gahanga na bimwe mu bimenyetso vy’urwanko rw’abayahudi «Juifs» yagiye arerekana mu giteramo yagiriye mu gisagara ca Nyon kiri mu gihugu ca Suisse .
Dieudonné agitangura igiteramo, yatanguye kwifatira mu gahanga abantu avuga ko bamurwanya harimwo n’umwamikazi wo mu Bwongereza «Angela Dorothea Merkel». Ivyo bimenyeshwa n’umunyamakuru akorera ikinyamakuru AFP «Agence Française de Presse» yari muri ico giteramo. Ku murango (...) -
Muri Canada Michou arabatwenza n’imbavu zikuma
21 Nzero 2014Umwuga wo gutwenza abantu watanguye kera mu Burundi. Uwo mwuga ntufise benshi bawukora kuko ari impano umuntu avukana. Michou ni umwe mu barundi bakoze uwo mwuga kandi n’ubu aracawukora iyo ari mu mahanga.
Willy Kabayabaya azwi kw’izina rya Michou ni umwe mu barundi bazwi mu mwuga wo kunezereza abantu «Comédie» mu kwigana canke gusubiramwo abantu, eka mu kugira ibintu bitandukanye kugira abantu batwenge.
Michou avuga ko yatanguye kwiyumvamwo iyo mpano akiri muto, mu mwaka w’1987, mu gihe yiga (...) -
Icipfuzo ca Kigingi ni ugutwenza Uburundi
20 Nzero 2014Uburyo bwo kwidagadura buriko burarwira mu gihugu c’Uburundi aho hariko haboneka abatwenza abantu bashasha. Kigingi asigaye abica bigacika mu guteramisha abantu abatwenza.
Mugenzi Alfred- Aubin azwi kw’izina rya Kigingi yavukanye ingabirano yo gutwenza abantu «comédien». Yatanguye atwenza abagenzi biwe canke ababa bari hafi yiwe, abo yatwenza baca bamuhanura kuja ahabona maze abikore nk’umwuga.
Abamuhanuye yarabumviye, kw’igenekerezo rya 02 Myandagaro 2013, Kigingi yinjiye mu bunywero La Reine, (...) -
Comedy Knights, Kigingi na Martial baraye bumije imbavu abantu
15 Kigarama 2013Ku mugoroba wo kuri uyu wa gatandatu, umurwi wa Comedy Knights wo mu gihugu c’Urwanda urikumwe n’imisore ibiri katwa mu vyese vyo gutwenza, Kigingi na Martial, baraye bumije imbavu z’abantu. Inkuru zitwenza zadumishijwe zari mu rurimi rw’ikirundi, ikinyarwanda, icongereza n’igifaransa. Igiteramo kitari gisanzwe aho uwinjira yatanga igitabo agavye.
Imisore 3 muri 6 igize Comedy Knights niyo yari yashitse mu kibanza ca Vouvouzela muri Komine Kinindo kuri uyu wa gatandato. Nkuko bama, ivyese vyabo (...) -
Bernadette Lafont yarasezeye isi
27 Mukakaro 2013Umukinyi wa mareresi rurangiranwa wo mu gihugu c’Ubufaransa Bernadette Lafront yaritavye Imana ku myaka 74 y’amavuko, mu bitaro vya Nimes. Lafront akaba yafashwe afise akarezareza aho yari i Grau-du –Roy, kuri uyu wa 25 Mukakaro uyu mwaka.
Bernadette Lafront akaba asezeye isi mu gihe yariko aritegurira gushira ahabona ireresi yiwe mu mwaka w’2014 yitwa « Les vacances du petit Nicolas.» Ku kajwi kiwe karongorotse kandi kumvikana neza, yarabaye rurangiranwa mu myaka y’1950 mu gihe yakina mu (...) -
Bagore muragabe!!
13 Ndamukiza 2013Hari umushingantahe atigera atwenga na rimwe ashitse muhira,umugore ahirahiriye ngo aravuga yamusamira hejuru ati:”Hora ndiko niyumviririza amakuru”,eka uwo mugabo ntiyigera yipfuza ko umugore yugurura umunwa.
Ariko uwo mugore agatangazwa n’ukuntu abantu bose bahayagiza uwo mugabo,haba kukazi, mubabanyi,incuti n’abagenzi bose baremeza ko ari umuntu azi guteramisha abandi.
Umunsi umwe ari kuwa gatandatu nk’aya mango, bajana murubanza rw’ubugeni,wa mupfasoni ngira yari yagize akazi kenshi (...)
0 | 10