IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > Komedi > Ildephonse-Comedien yatwengeje umukuru w’igihugu Pierre Nkurunziza (...)

Ildephonse-Comedien yatwengeje umukuru w’igihugu Pierre Nkurunziza (Video)

mercredi 26 Ndamukiza 2017, par Jean de Dieu M.


SC: Ildephonse-Comedien


IGIHE

Messages

  • Ubuho vyabuze!!!Ubu Leta y’icaduka isigaye ikorana iraba ah’imbonetakure ibatwenza!!! Mbe Gatinyashengero atwenze ni breaking news!!! Canke kubera umwiheburo arimwo ntiyaragitwenga ndaguye ndagarutse!!!

  • Mbe nkiyi mbonerakure ivuga ngo ifise Gatinyashengero akunda aba jeunes gute!!! Aba jeunes rero ubu basigaye ari imbonerakure zonyene!!!! Noneho nabo yacishije kubuhomba ntiyanamaze baracariho, umusi wabo uzoshika it is a matter of time! Wait and see!

  • Turashimye umukuru w’igihugu cacu kuko aratwitayeho twebwe imbonerakure kandi namusaba ko yobandanya adodora kubindi bihugu kugire turonke uwundi muceri. Thanks

  • MBEGAJEHOVYOSHOBOKAKOMBA IMBONERAKURE NDI WAKERA

  • Nagomba menyeshe abantu boooose musoma ivyiyumviro hano Ku rubuga rw,igihe ko izina ( MEDIATOR) risigaye risigaye rikoreshwa n,umu sans echec WAKERA kugira ngo anteze isoni, ikizobereka iciyumviro canj muzosanga ntatinya kuvugako inzego ziri mu Burundi zitorewe n,abanyagihugu. Ikindi muzomenyera ko ndagwanya abantu bavugako mu Burundi dutwawe nabi bakibagira kera amagogwa twari tugowe na za Leta z,aka coup d,etat. Ikumigwa ryarangwa mu nzego nyishi, ubwicanye bw,agahomera bunwa bwabaye akamizwe n,ingoma . N,ibindi ikigeretseko ndi umukozi w,Imana simvangura abantu . ndangize ngabisha WAkera ko kizira gukoresha izina rya nje ( ishavu afise natekereze amase ya kera ntagihoma urutaro)

  • @Mediator, Bandanya sha wisabira buruguri ibindi ubireke!!! Mbe wandika uziko wandika muri groupe ya whatsApp!!! Shame on you kandi sonza wigumye

  • @ Mediator, humura twamenye ahaba uwo Wakera, ajunze noguhindagura amazina mukwandika ngaha agakunda nogukoresha amazina yabandibantu bakunze kwandika ngaha iyoyandika, ikibazociwe kirakenyuka kuvadutoye neza ahaba kuko ivyakora ntibiri muribimwe umuntu afitiye uburenganzira, ahubwo bitegerezwa kumuhirako ingaruka, kimwegisa ashobora kuzokwihanganirwa nibasanga mumutwewiwe hadakwije nkuko ugereranije ubona komenyo ndmtakwije, kandi hariho mugenzanje barikumwe muntango ziyindwi tumaze ngoyishunze ukwaneze ngonivyavuga ngwabonekana nkuwudakwije mumutwe ngoyamwumviye kukiganiro barikobaravuga kijanye nukuntu urwanda rwitwaye kuburundi muriyimyaka ibiri iheze.

  • @izegi, You guys are crazy!!! You both are mentally disabled!! I can’t be threatened by the militia Imbonerakure!!!

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.