Igitabu kigiye kuzojamwo abaririmvyi b’abarundi n’ibikorwa vyabo kigiye kwandikwa, ibirori vyo gutanguza ico gikorwa bikaba vyabaye kur’uyu wa hatatu igenekerezo rya 31 Nzero 2018.
Accueil > Kwidagadura > Abacuraranzi
Abacuraranzi
-
Igitabu kirimwo abaririmvyi n’ibikorwa vyabo catanguye kwandikwa
1er février 2018 -
Umudiho Music Academy(UMA) remet les certificat aux lauréats formés en musique
22 January 2018Umudiho Music Academy(UMA) a remis, ce samedi 20 janvier 2018 au CLM des certificats du niveau 1 pour les enfants et adultes qui viennent de terminer une formation de 6 mois en musique.
-
Ikigega co kuziganya no kuguranana ku baririmvyi kigiye gutangura ibikorwa
12 janvier 2018Inyuma y’imisi mikeya ikigega co kuziganya no kuguranana c’abaririmvyi b’abarundi kivutse, Libère Mbazumutima batazira Cédrick Bangi, umukuru w’urwego nshingwantwaro rw’ico kigega, yabwiye ikinyamakuru IGIHE ko abaririmvyi bagiye kuharonkera akarusho kanini.
-
’’Kuririmbira mu bunywero ni kimwe mu biteza imbere umuririmvyi’’-GAPOSHO
11 janvier 2018Mu gihe abaririmvyi bakunze kwidoga ko bigoye kubeshwaho n’umwuga wabo, Ismaël GAPOSHO , umwe mu batanguje kuririmba mu bunywero (Karaoké), avuga ko umuririmvyi ashobora gutera imberebiciye mu kuririmba.
-
Gitega : Ubushikiranganji bw’urwaruka bwaraye bukoze ibitamenyerewe
24 December 2017Double Jay yaraye yandikishije amateka iwabo. Igiteramo categuwe na Ikoh caritabwe gushika no ku bategetsi bakuru bo mu ntara. Abarundi bati:" Nta mwonga ubura isato, iba itahizwe", barongera bati:" Nta vyama vyera ngo de!".
-
Menya ibihangange vy’abaririmvyi bizoduga I Gitega n’i Makamba
21 décembre 2017Iminsi isigaye iharurwa ku ntoke ngo Ikoh ishire ahabona rwa rukurikirane rw’indirimbo rwari rumaze umwaka wose ruriko rurategurwa. Gitega ni yo ntara ya mbere izokwakira igiteramo ca mbere c’umugambi" U’ll Love Changes Vol2".
-
Ururirimbo "Babongere" rwateye impari rwasohotse
6 décembre 2017Ikoh Multiservice yasohoye ururirimbo rwari rwateye impari n’umwikeko imbere y’uko rusohoka. Ubutumwa benshi bibaza ko buzoza burimwo butandukanye n’ubugize ururirimbo "Babongere".
-
Ikoh yavuze aho ihagaze kw’itanga ry’imihoho rya Emery Sun
22 novembre 2017Ikoh Multiservice iravuye mu gacerere aho itanze umuco kuri bimwe mu bibazo vyari bimaze iminsi vyibazwa. Ikibazo ca Emery Sun na Ikoh caheze, eka n’impari zahora hagati ya Ikoh n’insamirizi Buja Fm catangiwe inyushu.
-
Double Jay na Franck Duniano bariko bategura amashishiro buca bajana iwabo.
21 novembre 2017Franck Duniano na Double Jay bariko bitegura gutwara ibiseke vyuzuye ingemu mu ntara bavukamwo. Muri Ikoh bavuga ko integuro z’ibirori vyo guherekeza abo baririmvyi bigeze kure cane naho hari bimwe bimwe bitarahera.
-
Afande Roméo aravuga igituma umuririmvyi Soso K yibukwa
16 Munyonyo 2017, par Egide NDUWIMANAAmashirahamwe abiri ariyo Horizon Média hamwe n’ishirahamwe ry’abaririmvyi "Amical des Musiciens" ariko ategura isabukuru ryo kwibuka umuhisi Soso K. Intumbero y’iryo sabukuru ni guha agateka n’agaciro abaririmvyi b’Abarundi ataco batakoze mu gishikana umuziki w’Uburundi kure.