PRIMUSIC
Ihiganwa rya primusic ryaraye rirangiye. Umuririmvyi wa mbere inyuma y’iminsi ishika hafi amezi abiri ihiganwa riciye mu ntara zose barondera uwo...
Umuririmvyi mpuzamakungu José Chameleone ashima kubona yaratowe mu bandi baririmvyi bo mu karere ka Afrika y’Ubuseruko, kuremesha ibirori vya nyuma...
Mu gihe hasigaye iminsi itarenga ibiri kugira hamenyekane umuririmvyi azotsindira agahembo k’ihiganwa rya Primusic ryari rimaze igihe rica mu...
Igice ca kabiri c’ihiganwa Primusic caraye kirangiye, abaririmvyi batandatu (6) bavuye muri 12 bari bashitse mu gice ca kane c’amahiganwa....
Abarongoye ihiganwa rya Primusic ryateguwe n’ishirahamwe Brarudi baranze ikiganiro aho berekana abaririmvyi 12 bazohiganwa mu gice ca kabiri...
Abaririmvyi 12 batowe kuzohiganwa mu gice ca kabiri gishira ica nyuma batanguye kurondera amajwi ku bakunzi babo canke uwo wese ashaka gutanga...
Inyuma y’itorwa ry’abaririmvyi baserukira intara mw’ihiganwa Primusic mu gice c’umunani c’amahiganwa, abaririmvyi 12 bashitse mu gice ca kabiri...
Abaririmvyi 46 batowe mu ntara zose z’uburundi muri Primusic bazohurira mw’ihiganwa ry’igice ca kane gishira ica nyuma c’amahiganwa kizobera mu ntara...
Inyuma y’igikorwa kitoroshe co kurondera abazoserukira igisagara ca Bujumbura muri Primusic, abaririmvyi 14 bagatorwa muri 20 bavuye ku baririmvyi...
1 | 2 | 3
PRIMUSIC Amasanamu

26.07.2014
19
0
0
5004
Ihiganwa rya Primusic rirabandanya mu ntara zitandukanye z’Uburundi, umuririmvyi azotsindira ingabire y’imiriyoni 20 yatanzwe n’ishirahamwe BRARUDI...
Intara ya Kayanza yaraye yakiriye ihiganwa rya "Primusic", abaririmvyi bazobandanya baserukira iyo ntara baraye batowe mu bari biyandikishije....
Inyuma y’indwi zibiri hariko hakoreshwa amahiganwa y’abaririmvyi biyandikishije mw’ihignwa rya Primusic, Alida ari mu murwi w’abatanga amanota ku...
Amatora y’abaririmvyi bazoserukira intara mw’ihiganwa rya Primusic arabandanya uko indwi itashe, inyuma y’intara za Kayanza, Ngozi, Muyinga na...
Ibikorwa vyo gutora abaririmvyi bazoserukira intara mw’ihiganwa rya Primusic birabandanya, intara za Makamba na Bururi zaratanze k’umugaragaro...
Intambwe ya kabiri y’ihiganwa rya Primusic iratangura mu ntara ya Kayanza. Abaririmvyi biyandikishije mw’ihiganwa bo muri iyo ntara baratangura...
1 | 2