Home > Ubutunzi > Athanase NSABUMWAMI :«Amasuzuma muri poritike y’ubudandaji arafasha kunagura (...)
Athanase NSABUMWAMI :«Amasuzuma muri poritike y’ubudandaji arafasha kunagura ico gisata »
Thursday 6 September 2018, by
Mu kiganiro yatanze mw’isuzuma rya 3 mu bijanye na poritike ry’ubudandaji mu gihugu no mu karere ka Afrika y’Ubuseruko,Athanase NSABUMWAMI yamenyesheje ko amasuzuuma 2 ya mbere yabaye yatumye igihugu gishobora kumenya aho gishobora guhindura canke gukosora muri poritike y’ubudandaji ,kugira abagwizatunga bashobora gushora imitahe yabo mu gihugu hagati canke mu bihugu vyo mu karere ka Afrika y’ubuseruko.
Athanase NSABUMWAMI avuga ko inama yatunganijwe mu mwaka w’i 2012 yafashije kugira amategeko mu bijanye na poritike y’ubudandaji afatirwe hamwe bikazotuma igihugu c’Uburundi kizoronka ikibanza ciza murico gisata .
IGIHE