Home > Ubuhinga bwa none > terefone > UE : Yashizeho itegeko ryemerera umuntu gutangura gukoresha (...)
UE : Yashizeho itegeko ryemerera umuntu gutangura gukoresha WhatsApp
Thursday 26 April 2018, by
Amakuru dukesha urubuga rwandika rwa France 24 amenyeshako ishirwaho ry’iryo tegeko rimenyeshejwe mu gihe itegeko rijanye no gukingira amabanga y’umuntu aca ku mbuga rishizweho kuruyo mugabane rikazotangura gukurikizwa kw’igenekerezo rya 25 Rusama uyu mwaka wa 2018
Gushika ubu ubuyobozi bw’urubuga rwa WhatsApp ntiburamenyesha nimba hariho isuzumwa rizokorwa kugira bamenye ko iyo myaka iriko irubahirizwa.
Bikorimana Vianney
Forum posts
28 April 2018, 20:27, by NIYONKURU Etienne
Iciyunviro nfise n’ico kubasaba KO mwoshira muri groupe murakoze
28 April 2018, 21:30, by NIYONKURU etienne
nashaka ndabasabe mumbarire aho nova kugira nje muri groupe y’a watsappwatsapp,murakoze.