IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Ubuhinga bwa none > terefone > Apple imwe mu materefone yaguzwe cane uyu mwaka

Apple imwe mu materefone yaguzwe cane uyu mwaka

lundi 4 Rusama 2015

Uruganda rukora ubwoko bw’amaterefone yo mu bwokobwa Apple ruratangazwa ni’ivyabaye mu ntango z’uyumwaka hagati y’ukwezi ka Nzero na Ntwarante, aho amafaranga menshi yinjiye, haguzwe amwe mu materefone.

Uruganda rukuru rujejwe ubudandaji kwisi rw’amaterefone y’ubwoko bwa Apple rwagurishije imiriyoni 61,17, mu mezi atatu gusa. Ku cegeranyo Apple isohora uko amezi atatu ahera, mu mwaka ivuga ko imiriyaridi 58 z’amadolari y’Abanyamerica ariyo yinjiye ni inyungu y’imiliyaridi 13,57. Ivyo biharuro bikaba vyatangaje abantu benshi kuko ari ubwa mbere, mu mezi ya mbere y’umwaka baronse ibice mirongo ine kw’ijana, vy’amahera bahora badandaza mu mwaka wose.

Twobamenyesha ko iryo gurwa ry’ayo materefone ya Apple, ryatumwe cane cane na Iphone 6 yakunzwe cane gusumba izindi terefone zose.


Bill Nkurunziza

Messages

  • NAHO MWAMAMAZA IYO TLFN SI NZIZA NA GATO NI AYABIBONE GUSA, ISHIGIKIYE ABAGABO BARONGORANA,NTIYEMERA APPS NYINSHI NKA ANDROID(KUBERA AMATEGEKO, NO KWIBONA). KUKI IGURUSHA NYINSHI KURUSHA ABANDI? IGIRA PUBLICITE IKOMEYE ABANTU BAKAZIFUZA BATARAZIKORA!!!Abakristu benshi bazigura batabizi,abantu bayikunda nka lux

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.