Accueil > Imibano > Amabi > Ingaruka mbi zo kwikinisha (masturbation)
Ingaruka mbi zo kwikinisha (masturbation)
mercredi 3 Kigarama 2014
Hari abantu bafise ingeso yo gukinisha ibitsina vy’abo (masturbation), iyo ngeso ifise abahungu nk’uko ifise n’abakobwa canke abagabo n’abagore bamwe bamwe. Abenshi baribaza igituma umuntu yikinisha, ico yunguka n’ingaruka mbi zivuye mu kwikinisha.
Kwikinisha bivugwa ku bantu bakabura (stimuler) ibitsina vy’irondoka vyabo canke ibindi bihimba vy’umubiri bakoresheje amaboko canke ibindi bikoresho (jouets). Ivyo benshi babigira kubera gushaka kugira imibonano mpuzabitsina ariko bakabura uwo babigirana. Bamwe mu baganga bavuga ko kwikinisha ari vyiza, Dr Freud akavuga ko ari vyiza kubera bigabanya umubabaro (frustration), bigatuma umuntu yumva ameze neza mu mutwe.
Amakuru dukura mu kinyamakuru Gabonlibre.com arerekana ko kwikisha bifise ico bifasha ku magara y’umuntu, ariko rero ingaruka mbi nazo ni nyinshi kandi zirababaza gusumba.
Ico kinyamakuru candika ko kwinisha bifise akamaro gakurikira :
Kwikinisha bifasha umugabo kurangura neza amabanga mpuzabitsina
Biragwanya indwara ya canceri ifatira mu matengatwa
Biragabanya umubabaro canke umwitwarariko urenze (stress)
Ku mukobwa birongereza kuryoherwa mu gihe c’imibonano mpuzabitsina
Birongereza agatiro
Biragabanya umubabaro (douleur)
Naho biriuko, kwikinisha bifise ingaruka mbi cane ku magara y’abantu. Izo ngaruka zavuye mu matohoza yagizwe n’abaganga bakuru bo mw’idini rya Isilamu( rimwe mu madini arwanya cane kwikinisha), ingaruka mbi ni izi zikurikira :
Kwikinisha bituma umuntu aba ingumba canke bikanka ko igitsina ciwe gisubira gushukwa (l’impuissance ou la stérilité). Ivyo bitumwa n’uko akaringoti (Veine) gatwara amaraso mu gihimba c’irondoka c’umugabo gashobora kwuma bukebuke (assèchement progressif) hanyuma igitsina kikuma kubera kubura amaraso. Muri ico gihe, hari utundi dutsi two ku ruhande duca tugomba gukora ico gikorwa natwo tugasitanisha amaraso bigatuma rero umugabo abura inguvu canke ntashukwe mu gihe c’imibonano mpuzabitsina.
Gusuka intanga umwanya wose bituma intanga zibura (appauvrissement des spermes). Ivyo bituma amatengatwa (testicules) asigara agaragara (vides), bigatuma haca haba igikorwa gikomeye kandi cihutirwa kugira intanga zasohotse zisubirizwe vyihuta. Ivyo rero ntivyoroha mu gihe hari ivyunyunyu nkenerwa mu mubiri kugira izo ntanga ziboneke ku bwinshi kuko usanga umuntu adafise ivyo vyunyunyu canke afise bike. Ivyo rero bica bituma amatengatwa akora intanga nke kandi zitameze neza ariyo ntango y’ubugumba.
Abantu bikinisha kenshi baratinya abo badasangiye ibitsina ugasanga binjiye mu murwi w’abahuza ibitsina babisangiye.
Kwikinisha bituma igihimba c’irondoka gitakaza kwigumya, ntikigire ico twokwita " hypersensibilité". Muri ico gihe intanga z’umugabo zishobora gusohoka bivuye ku bintu bisanzwe, akarorero : intanga zirasohoka iyo ipantaro canke agahuzu ko munsi gakoze ku gitsina, iyo umugabo aravye amashusho y’ubusambanyi, canke hagasohoka duke duke mu masobe. Ivyo bituma hasubira kuba ca gikorwa gihambaye co gusubiriza intanga zasohotse.
Kwikinisha bituma iyo umugabo asovye n’inguvu hazamwo n’intanga,
Biratuma umuntu adashobora kugumya amasobe cane cane igihe ariko aratwenga canke ateruye ibintu biremereye
Bituma abagabo basohora intanga hataragera mu gihe c’imibonano mpuzabitsina.
Igice ca kabiri c’ingaruka mbi zo kwikinisha tuzokibashikiriza mu makuru yacu yo hanyuma.
Cherif Nkeshimana
Messages
3 Kigarama 2014, 19:21, par Egide Nzambimana
Mbega none uwikinishije igihe kinini hama akabiheba, we ntasubira kuba uko yari ameze? Mbega mubikinishije, hoba hashikirwe nizo ngorane ibice bingahe kw,ijana?
3 Kigarama 2014, 20:05, par Girukwayo Pierre
Yaba Abahungu,abakobwa,abagabo Nabagore;vyoba Vyiza Kavavanura Niyo Ngeso Kuko Ntiyubaka Ahubwo Uranesheje.Nibareke Kwihonya Bonyene,gusa Bicishe Bugufi Mugusenga Kugira Uhoraho Abafashe Guheba Iyo Ngeso Mbi.
3 Kigarama 2014, 20:45, par nsinkibakiradesire
icuyumvir canj nuk mwoduh ivyo umunt yokora kugra agarur intang zagiy bivuy mukwinish igitsina mutubwir ivyumunt yofata kugra
aronk ivyovyunyuny
3 Kigarama 2014, 23:27, par hssn
egide wewe bihise vyingaragaza kowahora ubikora
3 Kigarama 2014, 23:37, par bill
natangiye kwikinisha nfise imyaka 15 ans ubu nfise hafi 38 muri iyo myaka 13 yose mbikora 3_ 6 mu ndwi ntangorane nimwe murizo zose mwavuze irigera inshikira
4 Kigarama 2014, 00:39, par jean simbagoye
none uwikinisha w’umuhungu canke umugabo arondere gusesa intanga ziwe yogira ingorane nkizo wenyene gute ko nuhuje ibitsina n’umukobwa cank’umugore yashaka ko zimuvamwo ariko ntabone izo ngorane.
4 Kigarama 2014, 17:57, par emery
bonsoir,mbega ko kwikinisha bifise akamaro uwubihevye wewe ntagira ingorane?je nibaza kuba ingumba kuba usanzwe ufise iyindi ngorane.
4 Kigarama 2014, 20:22, par Siraa
JEWe ndakunda kwikinisha kandi cane none ko atangorane ndagira? Baraswaganya rekareka ........none warwaye nkagahere kugihimba cirondoka canke nkubu americain urazi i swing wunva reka reka ntangorane ,,,canke ngira umwe wese yikinisha afise impanvu jewe ntaco bintwaye kabis
4 Kigarama 2014, 21:24, par Havugiyaremye Dieudonné
Emw Urwaruk Cane Can Turagow Muduhanur Mushimits Mbeg Uwobiheb Ivyo Kwikinish Mwomutekerer Izih Mpanuro?Murakoz
4 Kigarama 2014, 22:59, par gitombi
ivyo muvuga n’ibinyoma uyu muswahili ariko abivuga kubera idini kuka scientifiquement naragize recherches nyinshi izo ngwara avuga ntazo umuntu arwara, kandi ivyo bintu birafasha muri kino gihe hari ingwara nyinshi zituruka mu mibonano, hamwe na za grosses non desirees. Donc umuntu arashobora kubigira pour se soulager mais il ne faut pas seulement exagerer.
5 Kigarama 2014, 08:10, par kabuga
hari ico yibagiye ku ngaruka, ikizunguzungu kiragutera n’aho uba uhejeje ama suing, terrible kabisa. ubunebwe n’ubukehabwenge vyo si heza
12 Kigarama 2014, 07:04
eg bimw vyob arivy,mugab jw iy ndakoz imber yuk ngiran amabang numukobw,tuyagiz ndamushimish kuk nt ejaculatio yihut ib,mugab nikinishij ntitubonan cank nsingir sport amaso arandy,nkajugumir mumabok,mugab nikinish nka 2 mukwez ngakoresh préservatif,birambuz iconkor vyaransek nobiheb,mumpanuy ik ngo ndabiheb?
27 Rusama 2015, 10:57, par wise
nan ndakunda kwikinisha nivyiza kubona mwatubwiy ico bifasha n’ingaruka yavyo,kuki mutashizeho ivyo twokora kugira twikingire izo ndwra?
27 Rusama 2015, 10:57, par wise
nan ndakunda kwikinisha nivyiza kubona mwatubwiy ico bifasha n’ingaruka yavyo,kuki mutashizeho ivyo twokora kugira twikingire izo ndwra?
5 Mukakaro 2015, 21:25, par BOSCO
NONE UWO VYAMAZE GUSHIKIRA YO BIGENZA ATE?
30 Mukakaro 2015, 06:53, par bonaventure
je nam ndabigr ark vyarans k nobiheb.non mumfashij ik k ndabigr knsh kabah?
1er Myandagaro 2015, 07:18, par Hatungimana Gaspard
Ndibaz Ko Atari Vyiza Kand Jew Ndakund Kubigir Non Mufashije Iki?
25 Myandagaro 2015, 20:10, par NDAYIRAGIJE LEONIDAS
JEWE NDAKUNDA KWIKINISHA NIVYIZA KUBA MUDUHANUYE
15 Nyakanga 2015, 14:57, par MPAWENAYO
Ibintu Vyotuma.Usubira Kuronka,intanga Woba Waratakaje Mwico Gihe Cokwikinisha Nibiki?
13 Gitugutu 2015, 00:15, par NIYONSABA EGIDE
KWIKINISHA NI BIBI GOSE N’IMANA IRAVYANKA KUKO UBA UHAYE USAMBANA N’UMUYAGA.(!!!!!!)
1er Nzero 2016, 20:12, par kwizera pacifique
nanje ndikinisha ndabizemwe iyaka itanu mumpanuye iki ? ko nabihevye bikanka nimumbarire umuti mfise imyaka 21 nabitanguye mfise 16 ans ubu mfise 21 ans,
1er Nzero 2016, 20:51, par Kwizera Pacifique
jewe nkunda gushaka gukora imibonano mpuza bitsina ariko nkabura uwo tubikorana campitamwo kwikinisha kugira norohegwe mumpanuye iki ?
4 Ntwarante 2016, 22:48, par Cedrick BUKURU
Je Ndabikora 2 Kumusi,nonemumpanuye Iki?Kobavuze Imbuto Z’igitsina Gabo Ntizihera.Kandi Je Nkunda Gushukwa Cane.Nokora Iki?
8 Ntwarante 2016, 09:26, par VIANNEY
JEW HAHEZ IMYAKA ITANU NIKINISHA RIMWE KUMUSI NDIUMUSORE WIMYAMIRONGO 20an NAGERAGEJ KUBIHEBA BIRANKA MFASHAMUZOBAMUKOZ NOBIGENZAGUT ?KUMUKOBWANIVYIZAHO?
9 Ntwarante 2016, 17:11, par Alexis Wila
Jewe Maze Imyaka 5 Nikinisha Kandi Bikaryohera Kweri Jewe Nibazako Abo Bavago Ko Bifise Ingaruka Mbi Babesha Kuko Ndabikoze Igihe Kinini Ivyo Bavugako Bitarashikira
17 Ntwarante 2016, 19:36, par Mukamurakoze Didier
jewe icombona nuko ari bib kuko bikwenga ingaruka yubusambanyi
1er Ndamukiza 2016, 21:25, par MUKWANO
NANJE KWIKINISHA VYARASE ƘONOBIHEBA ƘANDI NDABIKOZE IMYAKA 8.MUNGIRE INAMA YUKO NOBIGÆŠNZA NGO MBIREKE,NONE SINOBA NARAMAZE KUBA INGUMBA?ND’UMUSORE.MWIGORE MUNSUBIZE
24 Ndamukiza 2016, 14:17, par Nshimirimana
Jewe Hahezd Hafi Imyaka Itatu Nikinisha Kandi Birandyohera Kuburyo Atamisi Ibiri Yohera Ntabikoze,kandi Ndakunda Gushukwa Cane.Mungire Inama Yukuntu Nobigenza Kugira Ndabihebe.Murakoze
27 Rusama 2016, 22:04, par Bosco
Kabisa Murakoze Kuba Mwaduha Inpanuro.Njewe Ndikinisha Ubu Ngubu Igitsina Nigito Cane !Mbese Nikinokora Kugirango Testicule Zikore Nyishi?Vyaranse Ko Nobiheba.Murakoze.
27 Rusama 2016, 22:11, par Bosco
Turagowe Pe!
29 Rusama 2016, 21:13, par MUNEZERO
JEWE MAZE AMEZE.5NUBANSE ARIKONIKINISHIJE NTIBIKUNDA NOBARWYEYE MUGIRE ICOMUMFASHA
5 Ruheshi 2016, 10:11, par Isaie
Jew Maze Imyaka 19 Kandi Kuva Mbaho Ntabwo Nari Nigeze Kwikinisa Ariko Umukobwa Twakundana Niwe Yatanguye Kunkinisa Ndetse Aranabinyigisa Ubu Ndamaze Nkamezi 5 Nikinisha Nka 1kumusi Canke2 Ariko Vyananiye Kubiheba Naragerageje Biranka None Nokora Iki? Nimumfashe
9 Ruheshi 2016, 22:00, par Jean Marie Havyarimana
Nashaka Kubaza Ko Umuntu Yikinisha Kwashobora Kurwara Urusi?Nivyo?
21 Ruheshi 2016, 23:23, par Samuel Nishimwe
None N.Ibihe Umuntu Yofungura Canke Yokora Kugira Yongere Kugira Icunyunyu Zinc Mumubiri?Hari N’ingaruka Ijanye N’ibicurane Bidakira Umuntu Yokora Iki Kugira Abikire
4 Mukakaro 2016, 20:04, par SERGES
IRUKA ZUKWISHA
4 Mukakaro 2016, 22:00, par Iteriteka Mehtusela
Non Mune Wewe Mwarunvikany Numugab Wawe Ukobikugender???
26 Mukakaro 2016, 22:29, par BUKURU VENANT
Nama Nikinisha Atavyonzi Ko Bigenda Nkuko Murakoze
26 Mukakaro 2016, 22:31, par BUKURU VENANT
Nama Nikinisha Atavyonzi Ko Bigenda Nkuko Murakoze
9 Myandagaro 2016, 16:13, par Lambert N
Muragize neza kuduha izo mpanuro nanj narigez kubigira hafi 1an nabigir nk 1kundw cank 2 ark ub narabihevy.Nobwir nabo band ko bobiheb kuk ntakamar bifis urets nuko aricaha c’ubusa,murakz.
12 Myandagaro 2016, 20:23
Maze ikiringo cimwaka5 nkinisha igitsina canje ubu nsigaye nsoba intanga zicanze namasobe kandi sinigera numva ko nosha umukobwa twohuza ibitsina
18 Myandagaro 2016, 15:35, par ANICET
Harimwo ico nokwita :contradiction
Kubera harugurumwavuze ngo bifasha kurangura neza amabanga mpuza bitsina munyuma ngo bituma adashobora kurangura neza amabanga mpuza bitsina.
25 Myandagaro 2016, 20:44, par pascal
guswera hoho birafise ingaruka mbi yubugumba
27 Myandagaro 2016, 07:31, par fred
jw naz 3ans nikinisha ariko vyananiye guheba ndagerageza bikanka nn ubna mwopfashiki??
7 Nyakanga 2016, 07:22, par Firmin
Woryiki? kugira Usubirize Izasohotse? Kwikinisha Wobiheba,gute? Murakoze
18 Nyakanga 2016, 14:40, par Audace
Ndumusore Mfise Imyaka 20 Iyonkoze Imibonanompuzabitsina Irateba Kudemara Yoba Arigwara Mumpinyishu muzobamukoze Najew Ndakunda Kwikinisha Murakoze
25 Nyakanga 2016, 23:16, par Eric
Kwikinish Nivyiz Ahubwo Ntihagir Uwobiheb
25 Nyakanga 2016, 23:17, par Eric
Kwikinish Nivyiz Ahubwo Ntihagir Uwobiheb
26 Nyakanga 2016, 13:45, par eluwa
jwgmj
26 Nyakanga 2016, 13:53, par eluwa
Ndi umuhungu mfise imyaka 18iyo mbonye umukobwa amatako inzanyi icaishukwa kandi haheze amezi 5ntisambanya none noba gwaye
29 Nyakanga 2016, 15:23, par Iradukunda Pacifique
Nanje Ndi Umuhungu Maze Imyaka 20ans Ariko Nkaba Maze Imyaka 6 Ndisambanya Kandi Ntako Ntakoze Kugira Ndabihebe Mbonye Umukobwa Anyonga Canumva Ibarutse Kandi Mpaye Ndakora Igikorwa Nkacanumva Ndashatse Kwisambanya Camanza Guheba Icogikorwa Nariko Ndonka Amahoro Ndazikuyeyo Kand Apeti Yokwipfuza Abakobwa Icihera.None Nzomenya Gte Ko Ndingumba?Mwoshobora Kumpa Ibimenyetso Vyingene Nzobimenyerako?
10 Gitugutu 2016, 23:49, par Samuel
Nokojewendabikunda Mumpanuyiki? Nkubutukirabasorebitatworoheratwokorik Hoho Kwenda Uwukunze Utaramutwara Haringoronebitwaye Canke Kumukaresa Nagombakumenya Ivyobintu Kugiranzokund Menya Iki Biniciza
31 Gitugutu 2016, 18:26, par blaise
nukuri biragoye guheba umuntu bikundiye kwabiheba ni kubw’IMANA ahandiho abasenga nibaterere ibisasho badusengera je maze 2,5ans Imana Nidufashe
1er Munyonyo 2016, 05:12, par ndayihimbaze emil
JEWE NKUNDA KUBIGIRA MUMPANUYE IK?
5 Munyonyo 2016, 17:08, par Kabura
None Ivyo Biba Mugiahe Wabigize Kenshi?Uciye Ubiheb Naho Bica Bimera Gute?
6 Munyonyo 2016, 21:45, par eric
nimusenge Imana bizohera
7 Munyonyo 2016, 01:05, par Jesse
None Gute Umuntu Yovyikingira Canke Yovyirinda?
13 Munyonyo 2016, 06:03, par Léonard
Jew ivyo vyanshikiy ntarubaka arik ub nsomy ndabony k har ingoran vyantey yogusohora intang mu mu koyo.Umut womvura nogura witwa ukamvura gut?mb ibonek aharih hos no mufarmasi?
27 Munyonyo 2016, 18:34, par Ninah Chalif
Nuguheba Benewacu Kuko Ntakamaro Vyose Biva Kuri Decision Wifatiye.
2 Kigarama 2016, 00:07, par laurent ezekia
Mana dusenga uraturinda ntitub ingumba kuko nku wabitanguye kwisambanya kubiheba vyoba ikibaza kirekire tuve hasi duseng iyo mwijuru ize uduhe inguvu zikwiye turi kumw nabagore twatoranirijMana dusenga uraturinda ntitub ingumba kuko nku wabitanguye kwisambanya kubiheba vyoba ikibaza kirekire tuve hasi duseng iyo mwijuru ize uduhe inguvu zikwiye turi kumw nabagore twatoranirijw
Mana tubabarire twes twabiko maz uduh inzira zokubiheba uri Imana idahemuka Mana tubabarire twes twabiko maz uduh inzira zokubiheba uri Imana idahemuka amen
cut zanj nitugir ubwoba iyaturemy iriho kand ntaco inanigwa amen
3 Kigarama 2016, 13:41, par Letitia
Kubakobwaho Ntankurikizi Zihaba? Mwotwishura Mwoba Mukoze
7 Kigarama 2016, 11:30, par Niyonkuru Jean Pierre
Nibibi Cane Kwikinisha Kandi Nicaha
17 Kigarama 2016, 15:22, par mugamba
nn warabigze ufs imyak15 hanyuma ukabiheba,kand ivyovyos vyaragushikiy, ubu ukaba ufis imyak20! nn ub ntuba warabay ingumba?
22 Kigarama 2016, 07:02, par Mugisha
None Ubihevye Kwinisha Waramaze Kwandura Urasubira Gukira?
24 Kigarama 2016, 09:56, par Ntiranyibagira Nelson
Jewe Vyarananiye Guheba, None Nokora Iki?
26 Kigarama 2016, 09:49, par Prosper Ndiho
None Imbuto Zumugabo Zirahera?
30 Kigarama 2016, 00:31, par Elha-ud
Jewe mfite 20 ans kandi ntabwo nigeze nikinisha uhereye mu buto bwanje kugeza aha ngeze uretse nico ntabwo nigera niyumvamo kuryamanj n’umwana w’umukobwa ariko ndashukwa kandi ku mategeko none kuba ntiyumvamo gusambana ni ngwara canke nubuntu Imana yangiriye????
10 Nzero 2017, 16:55, par Cyprien Ntezimana
Jewe Ndabikunda None Vyarase Kondabiheba Non Vyomvamwo Gute?
13 Nzero 2017, 22:26, par ni jck
ndumva ngowe nikinisha nka kane kumunsi kuva navuka sinda rongora mungirinama
20 Nzero 2017, 07:48, par Hakizimana Innocent
1.None Uwumaze Kubigira Keshe Yokoriki Kugira Abihebe.Uwubihevye Izongarukambi Ziramuvako?
2.Uwubikora Nka Rimwe Mundwi Izo Ngorane Ziramushikira?
2 Ruhuhuma 2017, 20:48, par alexandre
naragerageje kubiheba ariko biranka mwomfasha iki? mwompanura iki kugirango iyo ngeso imvemwo
21 Ruhuhuma 2017, 19:59, par Ngenda Jean Baptiste
Non Utikinisha Misiyose Komdwiza Rimw Hari Ngaruka?
8 Ntwarante 2017, 21:54, par Paulo
UMUGENZI WANJE AFITE 25 ANS.YARIKINISHIJE AKATARI GAKE ARIKO NKO MU NDWI 2 CANKE NTIBISHIKE. ARASHUKWA MBERE CANE MUGIHE CUMUBONANO.AMBWIRAKO KUBIHEBA VYOMUSHOBOKERA NGO KUKO ABIGIRA MUMWANYA WOKWIRYOHEREREZA GUSA IYO YASHUTSE AKABURA UWO BABIGIRANA. AKAGIRA UBWOBAKO ASHOBORA KUBA YARABAYINGUMBA!!!! NONE NIBIHE NGABURO( IBIRIBWA CANKE IBINYOBWA) UMUNTU YOFATA KUGIRA IZO NTANGANGABO ZISUBIRE KUBONEKA KUBWISHI? NDABASABE MUNYISHURE MUZOBA MUKOZE.
9 Ntwarante 2017, 08:00, par Christaud Chris Lestin
Basha Ivyo Nivyo Nukwicungera Kubabikora
12 Ntwarante 2017, 05:40, par Dieudo
Nukurimurakoze Kurizompanuro
23 Ntwarante 2017, 22:17, par Elie
Jewe Fite Imyaka 17 Natanguye Kwikisha Imyaka 13. Naragerageje Guheba Byaranse. None Nobi Geza Gute?
2 Ndamukiza 2017, 15:55, par Ndibelyse
nukulidyewendumva bitoloshevye lekanayukwi siyahezekweli kubela sinumvukwo nobivuga nn mula,bi shi gikila cankemula b,buz?
28 Ndamukiza 2017, 21:50, par Nduwimana Innocent
Maze Umwaka Umwe Nikinisha Kugira Ndabihebe Nabigenzante?
3 Rusama 2017, 16:48, par Gadi P6 Yuda
Nimufash Ukunt Nobiheb Vyaras Kondabiheb,
4 Rusama 2017, 14:07, par ntahobari
Bituma utorongora neza uwo washatse.
7 Rusama 2017, 13:59, par John Adolphe Manariyo
Kubwanj Ndumva Ari Bint Bifis Akamaro Can Kandi Dukwiy Nogukurikiza. Ariko Muz Mugeragez Kutubwira Ingaruka Mbi Kumukobwa Nawe Kuko Aha Mbona Bashimikiy Kumuhungu Can cane
17 Rusama 2017, 02:43, par Eloi Eligium Bit
Ese Vyafata Igihe Kingana Gute Kugira Ngo Izo Ngaruka Mbi Zigushikire?Mbese Ubihevye Wasubira Ugakomera?
20 Rusama 2017, 10:12, par Karori
Nonekurabaporono,nukwikinisha
4 Ruheshi 2017, 01:33, par Eric
None Twofyikingira Gute?
5 Ruheshi 2017, 22:48, par BIZIMANA OSCAR
Ndabaramukije Jendikinisha Kandi Iyonikinishije Ndunva Konduhuts Bigatuma Nirinda Gusamana Kandi Ndabikora Rimwe Mudwi Nkiyunvira Kataco Vyongira Nimungirinama Kubera Vyananiye Guheba
8 Ruheshi 2017, 18:03, par josue
murakozecane.
11 Ruheshi 2017, 13:58, par nshimirimana richard
turetse nivy ukoraicokintu co guikinish igitsina uba ucumuy kuko nubusambanyi mubundi.
14 Ruheshi 2017, 05:58, par Elias Ndayisenga
kugira Umuntu Abingumba Aba Yikinishije Ikiringo Kingana Gut?Kandi Muzompe Inyishu
23 Ruheshi 2017, 12:19, par Jean
murakoze cane kurizo mpanuro
.
30 Ruheshi 2017, 05:46, par SAMUEL
IVYO BINTU BIZODUSIGA HABI
22 Mukakaro 2017, 09:02, par Odette Ongerusenge
odette Ongerusenge
2 Nyakanga 2017, 12:05, par NDAYISHIMIYE Olivier
Ndabaramukije, murakoze kutwigisha.
jewe ndikinisha kandi ndabimaze mw’imyaka yababa icyenda(9), nabitanguye niga mumwaka wa 6 wamashure y’intago. kand ndabikora kenshi. ubwo inzo ngaruka mbi ntizoba zimaze kunshikira? vyarananiye guheba kuko ndakunda porno bigatuma nca nisambanya. vyarananiye guheba, narasenze biranka kand iyo mpejeje kubikora ndumva mbabaye mumutima. igihe nticoba cararengeranye kugira ndabihebe? vyoba bigikunda ko ndabiheba? nokoriki? nobiheba hoho nosubira nkuko nari meze ntarabikora bivanye nigihe ndabikoze ari kinini? nimba vyokunda, vyofat’igihe kingan’iki? nomfat’imfungugwa nki canke nokor’iki kugira nsubire kumera nkuko narindi? munyishuye muzoba mumfanshije cane
11 Nzero 2018, 18:16, par Innocent Ntagahoraho
None Umuntu Yamaze Kwiyangiriza Mukwikinisha Yo Bikira Gute? Ubugumba Bwaturutse Kukwinisha Buravurwa Bugakira? Nimumbwire Muzoba Mukoze. IMANA Ibahezagire.
16 Nzero 2018, 07:08, par J.Bosco
Uwikinishij Imyaka Irenga 7 ,ariko Akabiheba Vyokunda Yuko Asubira A L,etat Normal? Vyofata Ikiringo Kingana Gute? Umuntu Yokora Iki? Munyishure Muzoba Mukoze!
27 Nzero 2018, 06:14, par NDAYISHIMIYE BOSNICO
kwikinisha ndabikora nabikoze imwaka mwishi yababa10 vyaras yuko mbiheba muramuts mndangiy umuti mwoba muko imana ibane namwe
11 Ruhuhuma 2018, 22:56, par Nshimirimana Bosco
Ego Murakoze Cane Kurizo Mpanuro Muduhaye Mbese Kohari Abagabo Bahora Bakorana Imibonano Kandi Babisangiye Mwobahanuriki? Canke Ntarwara Bitera?
14 Ruhuhuma 2018, 09:51, par Celejo
Jewe ndumva ningorane kuko kubiheba biragoye
Ariko ko twumvinse ingarukambi zavyo tubihebe
Ariko vyadukingira gutera inda abakobwa.
Vyiza umuntu yirindi ivyo bintu bituma ushukwa ugakinisha igitsina
Nipfuje noguca jewe mpera ubu nyene ntasubira kuraba porno
Nazikunda cane.
Umukobwa yiyemeje kunsengera canke umuhungu ampe gukizwa andondere kuri:
Whatsapp
254787960909
Canke e-mail kuri
Shemecele@gmail.com
Shemeceles@yahoo.com
Uwuzabikora umwami yesu azamuhe ibihe bidashira
Murakoze
15 Ntwarante 2018, 15:08, par Niyinteretse Dieudonné
Jewe Nagomba Kumenya, Ico Twokora Kugira Kugra Tubihebe Gukinisha Ibitsina.Twarageragej Kenshingo Tubihebe Vyaranse.
3 Rusama 2018, 05:52, par Innocent Ntagahoraho
Mumbwiye Umuti Uvura Ingwara Yokwinisha Mwoba Mukoze.IMANA Ibahezagire.
11 Rusama 2018, 00:01, par Samuel Mugisha
Hoba hariho ibyo kurya warya bikagufasha guheba kwikinisha?
hoho birafit urukingo?
30 Rusama 2018, 11:27, par Manirakiza Anitha
Ikibazo nfs nkumukobwa atangira kwikinisha afs,imyaka 23. Kuva mubwana bwiw atari bwavyigere ivyo kwikinisha biba vyavuye kuki? Yobiheba gt? Nimudufashe.
31 Rusama 2018, 19:48, par MAWAZO
Umuntu yomenyagute koyamaze kubingumba? bifata uwubimazemwo imyaka ingaheyikinisha?
6 Ruheshi 2018, 15:11, par NGARAMBE.BOGOSS
ndangira umutiwo wo gutora umurego nabikoze kenshi
16 Ruheshi 2018, 23:47, par PASCAL MISAGO
NONE UMUTI NOWURONKA GUT ? KO VYAMBAYEKO IGIKE KININI.
17 Ruheshi 2018, 22:25, par Dusa
Ahoho Numuriro Gusa!
18 Ruheshi 2018, 21:52, par nsabimana claude
vyogenda gute kugira umunv ahebe kwikinisha?
20 Ruheshi 2018, 12:31, par Irakoze hassan
Andika hanonone iyo utinya abo mudasangiye ibitsina barabivura bigahera
20 Ruheshi 2018, 13:12, par Thier Irakoze
Andika hano,none Ko Ndabibayemwo,igihe Kinini Nikinisha Mwonfashiki!Kugira Ndabihebe Mwob Mukoze
20 Ruheshi 2018, 13:25, par Thier
Andika hano Ntimwampay Igisubizo,cukuntu Umuntu,yoheba Kwikinisha
24 Ruheshi 2018, 14:37, par niyibiz ferdinand
nimumbwire umuti jewe nabigiz kesh ndabe kontoshobora gushukwa
12 Mukakaro 2018, 22:42, par Ndayishimiye olivier
Je maze igihe kitari gito bikini sha nobivamwo gute? Hoho uwubihevye arasubira gukomera nkuko yahora akagarukana ivyatakaye muriwe? Nimba bikunda bifat’igihe kingan’iki?
14 Myandagaro 2018, 21:25, par Niyonsaba J Marie
Nokoriki?Kugira Mpebe Kwikinisha
17 Myandagaro 2018, 03:12, par ndayisaba emmanwel
konabikoze keshi nabona nuwuhemuti ubivura umuntu akabyikuramo
31 Myandagaro 2018, 13:24, par nshemezimana leopold
mwoturonderer ingaruka mbi yo kwisambanya mugihe uri umwigeme(fille)
14 Nyakanga 2018, 07:34, par Egd
Ntakimwe Bifasha Mubuzm
3 Gitugutu 2018, 23:42, par HAVYARIMANA ernest
birarenz jew narahwerey imana imfashe nsubire nkambere!
4 Gitugutu 2018, 18:03, par Niyukuri Norbert
Nitwa Norbert Mvuka Kayanza Commune Butaganzwa Colline Musema Ndi Informaticien Mfite 23ans Ndabakunda Cane Mukomeze Muturonderera!
4 Gitugutu 2018, 18:09, par Niyukuri Norbert
Bene Data Ivyo N’ Imana Iravyanka Kuko Na Bible Irerekana Ko Ico Kiri Mu Vyaha Vyambere Bishisha Imana Ariko Niyo Yokudufasha Murakoze. Kayanza, Musema
16 Gitugutu 2018, 13:52, par ndayizeye celestin
ukur ndashak kubiheba kuko ndabikoz imyaka myish jewe mukubitangur ndibuka ko narikumwe numugenz arambwir ati wew ntiwoveresa nanj ntanarimwe nari.mbwa verese ndagir birank subira.kubigira ndijenyene ica ndaveres numvis uburyohe.mbwishi kuva uwomus nubu vyarase ko nobiheb nuko mudufash iman izobahemba.kand mumpay impanur muzob mukoz .