OBR ntiyaronse umwimbu wari witezwe mu gice ca mbere c’umwaka

Yanditswe na IGIHE
Kuya 13 Ndamukiza 2016 saa 02:38
Yasomwe : 9531
0 0

Ikigo OBR kijejwe kwegeranya amakori n’amatagisi mu Burundi kimenyesha ko mu mezi atatu atangurira umwaka hegeranijwe imiriyaridi 149,7 z’amarundi, ku miriyaridi 151,1 ico kigo categekanya kwegeranya.
Muri ico kiringo nyene mu mwaka w’2015, ico kigo cari cegeranije imiriyaridi 166,7 z’amarundi.
Mu kiganiro mu kigo OBR bahaye abamenyeshamakuru kuri uwu wa gatatu, bamenyesheje ko iryo gabanuka ry’amakori n’amatagisi ryatewe n’umutekano muke wibonekeza mu Burundi kuva mu kwezi kwa Ndamukiza (...)

Ikigo OBR kijejwe kwegeranya amakori n’amatagisi mu Burundi kimenyesha ko mu mezi atatu atangurira umwaka hegeranijwe imiriyaridi 149,7 z’amarundi, ku miriyaridi 151,1 ico kigo categekanya kwegeranya.

Muri ico kiringo nyene mu mwaka w’2015, ico kigo cari cegeranije imiriyaridi 166,7 z’amarundi.

JPEG - 32 ko
Domitien Ndihokubwayo, umuyobozi mukuru w’ikigo OBR

Mu kiganiro mu kigo OBR bahaye abamenyeshamakuru kuri uwu wa gatatu, bamenyesheje ko iryo gabanuka ry’amakori n’amatagisi ryatewe n’umutekano muke wibonekeza mu Burundi kuva mu kwezi kwa Ndamukiza 2015


Kumenyekanisha

1
turaje 16-04-2016 à 08:30

uwo niwo musaruro wo kwirirwa mumena amaraso
umwimbu mwawukurahe ko abanyamahanga mwirirwa murica aribo babahaga amakori
kanatsinda nabarundi bakaba batazi gukora arukwirirwa banywa bierre gusa
mwitonde nibindi biri munzira mwabanebwe mwe apuu

2
turaje 16-04-2016 à 08:26

uwo niwo musaruro wo kwirirwa mumena amaraso
umwimbu mwawukurahe ko abanyamahanga mwirirwa murica aribo babahaga amakori
kanatsinda nabarundi bakaba batazi gukora arukwirirwa banywa bierre gusa
mwitonde nibindi biri munzira mwabanebwe mwe apuu

3
tari 14-04-2016 à 11:44

Nimureke kwiseka uko nukwitera ijeke Ngo mwerekaneko ibihano mwafatiwe bitabarembeje muribesha ikindi turaziko hari ibihugu namashirahamwe amamwe bikibaherekeje murubwo bwicanyi murimwo iyo babahaye ifashanyo muca mubesha Ngo nizo mwegeranije kandi atarivyo mukubakingira kuko muziko bamenyekanye nabo Boca bafatirwa ibihano mwarahinyutse

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha