Advertisement
Kumenyekanisha
  IGIHE.bi \BB Ubutunzi
OBR yatakaje imiriyaridi 2 zirenga muri Nzero 2016
Yanditswe taliki ya 17-02-2016 - isaha 14:21' na IGIHE

Ikigo OBR kijejwe kwegeranya amakori ya Reta kimenyesha ko cagize uruhombo rugera ku bice 5 kw’ijana ku mahera muri ico kigo bategekanya kwinjiza mu kwezi kwa Nzero 2016.

Mw’itangazo ikigo OBR casohoye kuri uwu wa gatatu, bavuga ko muri ico kigo bategekanya kwinjiza mu kwezi kwa Nzero 2016 amafaranga y’amarundi agera ku 50253550362. Ariko ikigo OBR kikaba cashoboye kwinjiza ayagera ku 47818703865.

Uruhombo rugera ku bice bitanu kw’ijana akaba arirwo ikigo OBR cagize (imiriyaridi zigera kuri 2434846497)

Ivyiyumviro vyanyu

Ico Kigo Obr Nticokwigera Kija Muruhombo Kuk Nabasuma Nabambuzi Abasuma Biba Kumurango Nkivyo Batugirira Twebwe Abadandaza Ntibitunezera Kuk Bamwe Barahevye Urudandazwa Kubera Icokigo Obr Nubu Ninacogituma Ibiciro Biguma Biduga.

18.02.2016 à 20:08
Muyinga Commune Muyinga

Nn Mubitubwir Muzoyaduhak ?Ntakamarokokubitubwir Ahobwo Mwabuzegushaka Mukayabura Yos Komubitubwiy Turi Obr

17.02.2016 à 20:32
Anc

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.