Abacamanza babiri ba Sentare yubahiriza ibwirizwa shingiro barahiye imbere y’umukuru w’igihugu

Yanditswe na Egide NDUWIMANA
Kuya 11 Ndamukiza 2018 saa 11:12
17625
0 0

Abacamanza babiri bashasha ba Sentare ijejwe kwubahiriza ibwirizwa shingiro ry’Uburundi batanguye amabanga kuri uwu wa gatatu, aho akaba ari inyuma y’aho barahiye imbere y’umukuru w’igihugu c’Uburundi Petero NKURUNZIZA.

Muri ivyo birori vy’ukurahira icese, abo bacamanza biyemeje kwubahiriza ibwirizwa shingiro ry’Uburundi, ubumwe bw’abarundi, hamwe n’ukugumya ibanga ry’akazi.

Abo bacamanza babiri barahiye imbere y’umukuru w’igihugu ni Kabura Léopold hamwe na Nkeshimana Grégoire.


Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha