IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Abahungabanya umutekano muri komine Mugamba bahawe iminsi 15

Abahungabanya umutekano muri komine Mugamba bahawe iminsi 15

mercredi 1er Ruheshi 2016, par egide

Umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA yagendeye komine Mugamba intara ya Bururi, ahamaze iminsi habera ibitero vy’abantu bitwaje ibirwanisho batamenyekana. Abahungabanya umutekano muri iyo komine bagabishijwe.

Muri urwo rugendo yarimwo, umukuru w’igihugu yagirishije inama abajejwe umutekano, abajejwe intwaro, hamwe n’abo mu gisata c’Uburundi, akaba kandi yari kumwe n’abashikiranganji batatu ba Reta y’Uburundi aribo uwo kwivuna abansi, uw’umutekano hamwe n’umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu.

Mu gihe iyo nama yabereye mu mwiherero, icegera c’umuvugizi w’umukuru w’igihugu yamenyesheje ko ari inama yama iba ukwo amezi atatu aheze, ikaba ari iyo kurabira hamwe ukwo umutekano wifashe.

Mw’ijambo ryashikirije abanyagihugu bari bakoranijwe muri iyo komine ya Mugamba, umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA yatanze ikiringo c’iminsi cumi n’itanu kugira abantu badurumbanya umutekano muri komine Mugamba babe bishikanye.

Mu gihe ico kiringo catanzwe cohera abo bantu batarishikana, umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA yamenyesheje ko hazokoreshwa uburyo bwose bushoboka kugira amahoro n’umutekano bigaruke muri iyo ntara ya Bururi, cane cane muri komine Mugamba, ahabandanya kwibonekeza ibitero vy’abantu bitwaje ibirwanisho hamwe n’ubwicanyi.

IGIHE

Messages

  • MUTAMA UTWOTWIMUJERI IYOMISI IGAHERA UZOCE UTUREKURIRA TUDUKOSORE KUKO NINTUNVA

  • mzehe wetu tubarinyuma nimuduhe uruhusha tubacakire bakosogwe izontozo za sinduhije,mwaciye aho nariko ndakorera numva ndaryohewe!nimwirambire kandi YESU abahe umugisha!

  • Hehe.......... ! Ntanguraguharura Unomusi

  • Bgabundi uwumushingantahe nigihangange;anatoka buja mpaka bururi bila shida? Hao cnard wako wapi! Kubalini awaongoze, sisi tunasema "usiposhikwa shikamana"

  • Ahumbwo.Nosaba.Nyakubahwa.Ko.Yokora.Ibishoboka.Nahonyenehakaboneka.Umutekano

  • abo bantu bigira abagamba!!!! S .E Petero Nku. arabakunda! si non haaaaaa!numusenzi nico gituma! rekivyo bintu.nu musazi aratinya nyina! abajejw umutekano aho hantu? ? bahindero kavukire !!!!! wapiii n’ibiki?ni bande?

  • Mutama Kurunziza Abobantu Sukuvurunga Umutekano Oya Niyaba Kuri Buyoya Wariko Uravurunga Umutekano Nabandi Nukonyene, Ahorero Uhabere Maso.3éme Mandent Izozana Vyishi Ukaba Ugombera Amahoro Abenegihu Sitop 3éme Mandent.

  • Ewe Burundi ukomeza gusimba imanga! Hezagigwa mushingantahe Petero Nkurunziza. Ego muri Mugamba umutekano ntawo birakwiye ko izo mbonerakure zituzwa amahoro akaza.

  • MUTAMA NYAKWUBAHWA VYUKURI WEW NDAGUKUNDA CN! KKO WARAKOZ VYINSHI VYIZA MUGIHUGU ARIKO IYI MANDANT YA3 IRAGUCAFUJ SINZINAW KUBIBONA

  • ESEMUZE ABOBANTU BATAKIRA AMASO YOKUBONA BICABANDI IPFUHAGUPFA BIRAGWIRA REKAMWAJAVYIMWE BUCAMUSHIRA ESE AHONIYONBARE YANANIGWA MWARIHE BUCAMWIBONERAKO NAWEMUZE GUVYA VORAYAWE MPAKA NAMWISHO ASANTE

  • NYAKUBAHWA SEBARUNDI NKURUNIZA NGIRANDAKUBAZE ?.KANDI MUNYISHURE EJO IGENEKEREZO RYAKABIRI 2 RUHESHI TWARABUZE INTARI MUTEGANYA IKI ?.KUMUSIWEJO ?.TUZOMWIBUKA CANKE NTITUZOMWIBUKA ??.UWO NI ADOLOPFE GENELALI NSHIMIRIMANA INYISHU NYAKUBAHWA SEBARUNDI NKURUNIZA NGIRANDAKUBAZE ?.KANDI MUNYISHURE EJO IGENEKEREZO RYAKABIRI 2 RUHESHI TWARABUZE INTARI MUTEGANYA IKI ?.KUMUSIWEJO ?.TUZOMWIBUKA CANKE NTITUZOMWIBUKA ??.UWO NI ADOLOPFE GENELALI NSHIMIRIMANA INYISHU MURAKOZE

  • Izombwebwe zivanze nintozo nizitasubiramumyobo intozonazo ngozigarure nimuturekurire murizomujeri tuzivugutire umuti komera mutama tukurinyuma

  • sebarundi ntahubuka kuko abanza kwingingana urukundo abanyagihugu biwe, abanyagihugu bomumugamba nibareke gukingirikibaba abobagizi banabi kuko bazobakwegera akarambaraye nkuko bakwegeye abanyabujumbura murabonako baciye bitumukira nonubu abanyagihugu nibo basigaye barawota, mutabatujije hakirikare bazocabatangura nukuzabarabatera zagerenade bahorabatera ibujumbura, abobahungabanya umutekano mumugamba wosanga aribabandi baheruka gutuzwa ibujumbura bakaba bagomba kubononera ikomine nkuko baheruka gukwegera abatutsi bomugisagara cabujumbura. muragabe muragabe....

  • mukorumbone akora ikintu mumwanya Waco gusa ababijejwe nibategure ingabo zivyumva nibikoresho mundwi imwe umutekano uzoba ari wose

  • IKOMINE IMWE NTISHOBORA KUNANIRANA MU GIHUGUCOSE!AHONYENE IRINO HAGATI,VYANSE N’INTAMBARA Y’IMINOTA 40.MWARAKOZE CANE KUBIHANGANIRA MUTAMA.

  • Basha aho ntagisivya uwahoze arongoye uburundi nkurunziza yagiye mumugamba gusozerayo igikorwa coguhonya uwomuntu wese atamwera ahubwo nohanura abanyamugamba kuba barakurameza aho niyirimunda araje ayibage murazi igihe cose iyo avuze benayo majambo ko inganda zica zitikira muraziko amaze guhekura abavyeyi bataribake ngaho mumugamba none aje gukuzako yitwaje ngo mumugamba hari abitwaje ibirwanisho mukuronderera aho aba arahonereza abantu burya mugamba yoba irimwo abarwanyi bakemera kuza kuvugiramwo ayomateshwa yokubamara nabo nibaba bahari nobagaya kuko arijewe ndinkuwubakonda wokwinjira mugabo ntiwosokanamwo nagahinda uriguteza abene burundi mukubahekura kandi baribaribarutse gusa uwogupima mumutwe girango ntukwije kuko uravye amajambo uvuga nivyukora ntabwo arivyumuntu akomeye mumutwe

  • HONGORA INJAVYI, MUTAMA RAMBA, IMANA IRAKUBONA NTACO UZOBA.

  • MUTAMA PETER IZO NIZANTUMVA MWAVUGA NZIZOHERE HIYO .

  • Komera mutama izo njavyi zituvurungira amahoro twiherewe n,Imana nibarindire bazohigura nayo batigaruye mwiyo misi (15)bazovunagurwa batagira gitabara rero mpanuye abo bana biburundi bahenzwe bishikane twubake igihugu cacu uwukebura uwumva ntamara ibinompa mwigarure vuba bwango nkoreshe yamvugo y,umwe yabasuka.

  • NIBAREKE UMUTEKANO NAMAHORO Y’UBURUNDI

  • NDABAZA UMUNTU YANKA MUTAMA PETER MWARIGANYE CANKE IGIHE TWIGA MWARIHO ?Tais-toi

  • hahahahahaha , hahahahaha iminsi 15 yiki?
    sawa tuzoraba ahubwo wewe iminsi 15 usubire mukibira amajambo uvuga ntakwiye umukuru wigihugu uragwaye mumutwe
    ndatangura guharura hama tuzorabe.

  • IMFURA Y,UBURUNDI NAMA NDABIVUGA NI SON EXCELLENCE PETER NKURUNZIZA, NTA WUNDI YIGEZE GUTORWA NGO AMARE N,AKABIRI URUWABERE . IBIBAZO NAVYO BABESHA NGO 3e MANDAT NTIMUJE NARWO IRYA NI INYENDA MUVANO AHUBWO BATWARWA NABO BATAHORA BITEZE KO BO BATWAYE . IMANA S,UMUNTU ISAHA YAYO IGEZE IBA IGEZE ,GUMA MUHAGAZE MASO NTITUZE TWIGERE DUSUBIRA MURI KAGASUZUGURO SHA MWARAKOZE PRESIDENT URUGAMBA MWAGWANYE NAHO BESHI BATABIBONA, ARIKO NABO NYENE BAVUGA KUKO WABARONDEREY AHO BAVUGIRA .IRAMBURE MFURA Y,UBURUNDI

  • @ unifier, wanditse ikiyunviro kyawe rimwe nikyasomwa, reka kutugora mugabo.

  • UMUNTU WESE AKWIYEKUBONAKO UMUTEKANO AR’UWIWE.BARAYAMAZE NGO AHARI AMAHORO UMUHORO URAMWA.NIBARABE BIKUBITE AGASHI TWUBAKE IGIHUGU CACU.

  • Nkurunziza ni umugabo . Turamwemera twese.

  • Komera Mutama Turinyuma Yawe

  • nabe yitonda hari naho yoba yagiye gusezera abanyamugamba iyo misi 15 igashika atari nkurunziza ari mwibuye

  • Rekana iryo terabwoba nkurumbi,ibujumbura watanze amezi angahe?umutekano waragarutse?ntantambara izopfa ihagaze ahubwo rindira akari inyuma karahinda.

  • PRESIDENT ABOBANTU NIMUBAKOREKO

  • @falcon (tari-turaje). Twaraguhinyuye wa mupfayongo we.

  • VYNGENDA GUTE KUGIRA ABOBATEZA AKAVUYO BAMENYEKANE?

  • haha yaminsi 15 yaheze hewe nkurunziza gira ICO ukora turabe hama tukwereke hahahahahah amajambo yawe nagikogwa agira

Un message, un commentaire ?

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.