Advertisement
Kumenyekanisha
  IGIHE.bi \BB Amakuru \BB u Burundi
Abakoze ibibazo vy’ukwinjira mu gisirikare c’Uburundi basubiriye gutumwako
Yanditswe taliki ya 21-11-2016 - isaha 12:53' na IGIHE

Ikibazo gitanga uburenganzira bw’ukwinjira mu ntwazangabo z’igisirikare c’Uburundi catanguye gukosorwa kuri uwu wa mbere. Ico kibazo cari cakozwe kuri uwu wa gatandatu, abagikoze bakaba bazomenyeshwa amanota baronse ku munsi wa gatandatu. Igisirikare c’Uburundi cabatumyeko gukora ibindi bibazo vy’ukwinonora imitsi

Umuvugizi w’igisirikare c’Uburundi, Colonel Gaspard BARATUZA amenyesha ko ico kibazo kiriko gikosorerwa mu bigo vy’ishure rya Kaminuza y’igisirikare c’Uburundi kuva kuri uwu wa mbere, akaba yavuze kandi ko kuri uwo munsi wa gatandatu nyene ariho abakoze ivyo bibazo vy’ubwenge bazoca bakora ibibazo vy’ukwinonora imitsi navyo.

JPEG - 26.1 ko
Colonel Gaspard BARATUZA, umuvugizi w’igisirikare c’Uburundi

Abakoze ivyo bibazo vya mbere bagasabwa ko boba bashitse ku mirwa mikuru y’intara zabo, igihe c’isaha imwe z’agatondo.

Ivyiyumviro vyanyu

Ndi Benjamin Iyo Nisawa Twe Turashima Ndi Tanzania Murogoro

27.11.2016 à 20:17
Benjame

Ego Nakare Ibishumeri Vyogabanuka Ako Nuko Mushaka Bake Kandi Abashaka Igisirikare Cuburund Aribeshi Cane

27.11.2016 à 18:06
Bibonimana

Nukuri Leta Yuburundi AIgizenezacane Kuko Ntihazobura Nabakeya Baronka Akazi Ibishomere Nivyishi

26.11.2016 à 16:55
Israel Sabiyumva

Egome.Ntihoburanabakeya Baroswa.Akazi

23.11.2016 à 21:29
Nimbona-emile

nivyiza

23.11.2016 à 20:54
nema

eeeeh nibarebe barecriter(recritement)benshi kugira bagabanye agashomeri mu burundi !Ndi charles ndi tanzania !Ndaramukije promotion 2013 yo kuri ITAB KIGOZI A KIRUNDO !

22.11.2016 à 20:10
CHARLES ALBERT

eeeeh nibarebe barecriter(recritement)benshi kugira bagabanye agashomeri mu burundi !Ndi charles ndi tanzania !Ndaramukije promotion 2013 yo kuri ITAB KIGOZI A KIRUNDO !

22.11.2016 à 20:10
CHARLES ALBERT

None Icokibazo Cokwinora Imitsi Kizotangura Ryari ?

22.11.2016 à 17:41
Cyliaque

haaaaa uwambara ikirato numero 9 muzomwambike 6 muzombarira

22.11.2016 à 16:36
mob

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.