IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Abanyezamu babiri bafashwe mu matohoza y’igitero cabaye ahakorera ONU i (...)

Abanyezamu babiri bafashwe mu matohoza y’igitero cabaye ahakorera ONU i Bujumbura

jeudi 14 Nyakanga 2017, par Egide NDUWIMANA

Amakuru atangwa n’abegereye ahakorera igisata c’ishirahamwe mpuzamakungu ONU kijejwe agateka ka zina muntu mu Burundi (Office du Haut Commissaire des Droits de l’Homme au Burundi) avuga ko ico kibanza catewe mw’ijoro ryo ku munsi wa kabiri n’abantu bataramenyekana barashe amasasu atari make muri ico kibanza.

Amakuru yemezwa n’ishirahamwe mpuzamakungu ONU avuga ko abateye binjiye mu biro vy’ico gisata ca ONU, ariko ivyoba vyononekariye muri ayo masasu, hamwe n’ivyo abo bateye boba bagiye batwaye ntibiramenyekana.


Egide NDUWIMANA

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.