Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Abaporisi basatse mw’ibohero rikuru rya Mpimba - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Abaporisi basatse mw’ibohero rikuru rya Mpimba

Abaporisi basatse mw’ibohero rikuru rya Mpimba

samedi 22 Mukakaro 2017, par Egide NDUWIMANA

Muri iryo sakwa, nk’uko vyemezwa n’umuvugizi w’igiporisi, hafashwe amacupa 21 y’ikinyobwa Amstel yuzuye, amacupa abiri agaragara y’ikinyobwa Primus, Terefone ngendanwa zine, amaritiro 30 y’inzoga itemewe n’amategeko azwi kw’izina ry’umudiringi, amagarama 250 y’urumogi hamwe n’inusukiro y’isukari.

Mu giporisi bamenyesha kandi ko mu mukwabu wakozwe mu gatondo ko kuri uwu wa gatandatu nk’igihe c’isaha icenda z’ijoro, hafashwe abantu bane, abadandaza umubiri batandatu, hamwe n’abana 20 bo mw’ibarabara.


Egide NDUWIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.