Abasirikare 23 b’intwazangabo z’Uburundi birukanwe

Yanditswe na Egide NDUWIMANA
Kuya 30 Rusama 2017 saa 10:28
Yasomwe : 60723
0 0

Abasirikare 23 b’intwazangabo z’Uburundi birukanwe mu gisirikare kw’itegeko ry’umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA nomero 100/107 ryo kuwa 26 Mai 2017.

Colonel Gaspard BARATUZA, umuvugizi w’igisirikare c’Uburundi amenyesha ko abo birukanwe ari abari barungitswe kwiga hanze y’Uburundi mu bihugu vya Canada, Ubufaransa hamwe n’Ububirigi, ariko bakaba batagarutse, inyuma y’aho bahereje ivyigwa bari barungitswe gukurikirana muri ivyo bihugu.

Abo basirikare b’intwazangabo birukanwe mu gisirikare c’Uburundi ni Lieutenant Colonel Willy NTAHOKAJA, Lieutenant Colonel Fidel BIZIMANA, Major Albert GATERETSE, Major Alexis HAKIZUMUKAMA, Major Jean Berchmas BIGIRINDAVYI, Major Etienne NIYONZIMA, Major Venant HATUNGIMANA, Major Yvonne NDACASABA, Major Bonaventure BIGIRINDAVYI, Major Richard NDEREYINDAVYI, Major Prosper BIZIMANA, Major Deogratias MANIRAKIZA, Major Anaclet NIYONKURU, Major Diomede TUTURI, Major Jean Marie HARIMENSHI, Major Albert NSENGIYUMVA, Major Nicaise NSABIMANA, Major Jean Claude BUCUMI, Capitaine Zenon NZEYIMANA, Capitaine Christophe NTUNZWENIMANA, Capitaine Jean Claude NZEYIMANA, Capitaine Jean Marie NAHIMANA hamwe na Capitaine Theophile NIZIGAMA.


Kumenyekanisha

1
Ntakirutimana John 31-05-2017 à 08:39

Abonabanyabwenge bahabonye hakirikare, bogiye barakererwa kamwe kamwe nki mpene nkabagenzi babo!,nibabe barigumiye mwivyo bihugu .

2
Rugendo Maguru 30-05-2017 à 22:03

MUNDUGIKIRE AMAFOTO YIYO MIHIMBIRI IZO NTASORORA!

3
JULES 30-05-2017 à 12:22

EMWE BAHEMUKIYE IGIHUGU CABARUNGITSE WUMVA ATARABO GUSHIMIGWA NTA NGABO YIGIHUGU ITA IBANGA.NIBAKORERE UWABAHAMAGAYE ARIKO IBURUNDI NON

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha