Abarongozi bashasha b’urwego rujejwe kwubahiriza no gucungera itangazamakuru mu Burundi

Yanditswe na
Kuya 15 Rusama 2017 saa 01:35
Yasomwe : 9315
0 0

Abaheruka kugenwa n’umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA kugira baje mu murwi w’igihugu ujejwe gunzura itangazamakuru bakoranye kuri uwu wa mbere mu nama yabo ya mbere idasanzwe. Muri 15 bagenzwe, hatowemwo abagiye kurongora urwo rwego, abandi bashirwa mu mirwi itandukanye.

Abagiye kurongora urwego rushasha rujejwe kwubahiriza no gucungera itangazamakuru ni batanu.

Uwatowe kugira arongore urwo rwego ni Honorable Karenga Ramadhan

Icegera ciwe ni Aimé Divine Niyokwizigirwa, umunyabanga w’urwo rwego akaba ari Deodath Ndayishimiye.

Uwatahukanye ikibanza c’ubushinguzi ni Yvette Irambona.
Gabriel Bihumugani yahora ari icegera c’umukuru w’uwo muri murwi yagizwe umuhanuzi wawo muvy’amategeko.

JPEG - 153.6 ko
Batanu batowe

Kumenyekanisha

1
uwimanayagiriyubuntu 15-05-2017 à 19:11

Ndavye ntakibikirimwo icondabasavye nukobofata ingingo zifasha abazakurubuga ntibzebaradufatira ingingo zituvuna batubere abtegeci badufasha bataducinyija bakomeje kwibanga batorewe

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha