Accueil > Amakuru > u Burundi > Bujumbura : Abaserukira amashengero bahuriye mu nama y’umutekano
Bujumbura : Abaserukira amashengero bahuriye mu nama y’umutekano
vendredi 6 Nzero 2017, par
Abaserukira amashengero mu Burundi bahuriye kuri uwu gatanu mu nama yabereye kuri "La Détente" mu gisagara ca Bujumbura.
Iyo nama yaremeshejwe na Reveriyano Ndikuriyo, umukuru w’inama nkenguzamateka y’Uburundi, ikaba ifise icivugo : "Uruhara rw’amshengero mu gutsimbaza amahoro n’umutekano mu Burundi."

Ivyavugiwe muri iyo nama turabigarukako mu makuru yacu yo hanyuma.


IGIHE
Messages
6 Nzero 2017, 15:06, par p antoone
inama niyo nzira yolumvikanisha abavukana erega abarundi twese twavuye kumunt’umwe kuko tuvugulurimi rumwe.
7 Nzero 2017, 03:02, par Morodikayi Jon
Murabe neza bakozi b’Imana uwomugabo Reverien ntabonone murazi kwivugo yiwe ariyo guturira.
7 Nzero 2017, 10:57, par Mukristo
Ni Vyiza Cane Kuko Abakristu Bakwiy Kuba Abanyamahoro.Kristu Yarabwiy Intumwa Ati "nimugir Amahoro".Nibakomere Mu Gikorwa Barimwo.Ariko Nkabasaba Nti "mwiyubare Ntimutwarwe Ninyungu Zanyu" Kuko Umukristu Nyawe Ivyo Afise Ni Ibikorwa Vyiza Yakoreye Abari Hanyuma Y,abandi !!! Imana Ibazigame !!
10 Nzero 2017, 15:41, par sindaygaya
ivyoturabishima kuba bagiyemunamayumutekano ,