IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Abayobozi ba CECAD bari bafashwe barekuwe

Abayobozi ba CECAD bari bafashwe barekuwe

mardi 7 Munyonyo 2017, par Egide NDUWIMANA

Amakuru y’irekurwa ry’abo bayobozi ba CECAD (Coopérative d’Epargne et de Crédit pour l’Auto Développement) aremezwa na Colonel Gaspard BARATUZA, umuvugizi w’igisirikare c’Uburundi. Uwo avugira igisirikare ntamenyesha ariko ico izo ndongozi zari zafatiwe.

Amakuru atangwa n’abegereye abari bafashwe avuga ko babajijwe ku matohoza ku dutabu tw’ukubikuza amafaranga (Chequiers) twazimiye).

Tubamenyeshe ko abari bafashwe ari Colonel Viator Munyankindi umuyobozi mukuru wa CECAD, Major Nestor Bigirimana umuyobozi ajejwe ivy’ubutunzi, Colonel Antoine Bigayi, hamwe Lt-col Claver Ndikumwami.


Egide NDUWIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.