Accueil > Ubutunzi > Uburimyi > Amafoto y’umunsi
Amafoto y’umunsi
jeudi 1er Ruheshi 2017, par
Uko umwaka utashe, Charles MBONANKIRA avuga ko yimbura itoni zirenga ijana z’ibiraya, 20 z’ingano, hamwe na 60 z’ibigori.









Egide NDUWIMANA
Messages
4 Ruheshi 2017, 06:56, par mbonankia
uburimyi nigisa gikwiye kwitabwaho kuko gitunze imiryango myinshi
17 Mukakaro 2017, 16:36, par Cmbonankiracharles@yahoo.fr
Ndasavye abantu bakunda igihugu bafashe urwaruka baronke akazi kuko barihebuye bigatuma bamwe bajaninzira zubugizi bwanabi horonderwa akazi bakora nacanecane mugushigikira igisata cuburimyi
2 Mukakaro 2018, 17:10, par niyomwungere clauvis
Andika hano
6 Nyakanga 2018, 12:25, par Alexis
Ni ashigkiirwe hamwe n’abandi barimyi. Abavuga ngo nta kazi kariho , mu burimyi karuzuye . Nayo ku kijanye n’uburyo benshi bitwaza , ni baze tubigishe PIP Mboniyongana