IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Ubutunzi > Uburimyi > Ubworozi bw’amafi bugiye gukwiragizwa mu gihugu cose

Ubworozi bw’amafi bugiye gukwiragizwa mu gihugu cose

mardi 10 Ndamukiza 2018, par Egide NDUWIMANA

Mu kiganiro yahaye abamenyeshamakuru kuri uwu wa mbere ariko ashikiriza ivyo ubushikiranganji arongoye bwaranguye mu mezi atatu ya mbere y’umwaka w’2018, umushikiranganji w’uburimyi n’ubworozi, Deo Guide RUREMA yamenyesheje ko imyiteguro y’ugukwiragiza mu gihugu cose iyo mivyaro y’amafi igeze kure, ko igisigare ari uburyo bucegeranwa.

"Dushaka gushikana inyanja z’amafi mu gihugu hagati, mu ntara zose, aha rero birasaba ko tuba twarondeye imivya y’amafi"

Tubibutse ko kuri uwu wa mbere ariho ubushikiranganji bw’uburimyi n’ubworozi bwatanguje isekeza ryo gucandaga ibitungwa bito bito, indwara y’akaranda, mu gihugu cose.


Egide NDUWIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.