Indwi yahariwe ibifungurwa yatanguje n’umushikiranganji w’ibidukikije,uburimyi n’ubworozi

Yanditswe na IGIHE
Kuya 10 October 2018 saa 01:03
7590
0 0

Umushikiranganji w’ibidukikije,uburimyi n’ubworozi Deo Guide RUREMA yatanguje indwi yahariwe ibifungurwa ku musozi wa Gasunu muri zone ya Kiriba iri muri komine Giheta mu ntara ya Gitega.

Murico gikorwa co gutanguza indwi yahariwe ibifungurwa,umushikiranganji Deo Guide RUREMA yaboneyeho akaryo ko kugendera ibiterwa bitandukaye biri mu murima wa kijambere wiswe "champs école paysans" ugizwe n’itomati,ibitunguru,intore hamwe n’ibindi.

Umusi mukuru nyezina w’indwi yahariwe ibifungurwa uzohimbazwa kw’igenekerezo rya 16 Gitugutu umwaka wa 2018 mu ntara ya Muyimga.


Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha