Amasengesho ku rwaruka yabaye ku ncuro ya mbere

Yanditswe na IGIHE
Kuya 9 December 2017 saa 02:25
16755
0 0

Urwaruka rurenga amajana indwi rwahuriye hamwe mu gatondo ko kuri uwu wa gatandatu, mu masengesho hamwe n’ugusangira icayi.

Ayo masengesho y’urwaruka yabereye mu gisagara ca Bujumbura ku ncuro ya mbere yitabwe n’ururwaruka rutandukanye ruri mu ndongozi z’abandi. Icivugo yari : Uruhara rw’urwaruka mu buzima bw’igihugu.

Inyigisho z’uwo munsi zatanzwe n’umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA, zikaba zabereye mu mwiherero


Kumenyekanisha

1
kigabo jean marie 11-12-2017 à 17:51

uvuze ngo arasenga iki? ariko ngirango imana asenga siyo abandi basenga. cg asenga rwuba rwabigata.

2
mbonankira charles 10-12-2017 à 19:25

ndanezerwa iyo mbona nyenicubahiro umukuru wi gihugu cacu asengimana ico nikintu gikomeye kugihu nahabandi basenga ariko wewe nagaheta nezerwa nuko avuga YESU numutambukanyi wiwe IMANA izobibahere ingororano namakungo azobibone

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha