Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Rutana : Amasengesho yatunganijwe n’umuryango w’umukuru w’igihugu (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Rutana : Amasengesho yatunganijwe n’umuryango w’umukuru w’igihugu (...)

Rutana : Amasengesho yatunganijwe n’umuryango w’umukuru w’igihugu arabandanya

mardi 27 Kigarama 2016, par Egide NDUWIMANA

Umuryango w’umukuru w’igihugu c’Uburundi Petero NKURUNZIZA urabandanya amasengesho yatanguye ejo, yo gusabira igihugu c’Uburundi. Ayo masengesho yatanguye ku muhingamo wo kuri uwu wa mbere, akaba yama atunganwa uko umwaka utashe, mu minsi yanyu y’impera z’umwaka.

Muri uwu mwaka w’2016, abitavye ayo masengesho azomara iminsi itandatu bakoraniye mu ntara ya Rutana, muri komine Bukemba.

Nk’uko vyashikirijwe n’umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA, uwo mwanya w’amasengesho ni akaryo keza ko gushimira Imana kuvyo yakoze mu mwaka w’2016, hamwe n’ugushira mu biganza vy’Imana Abarundi bose, muri uwu mwaka w’2017 ugiye gutangura.

Amwe mu mafoto


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.