Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
BBC ishaka gutanga akazi kerekeye ivya "Video" ku mukozi yandika neza (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > BBC ishaka gutanga akazi kerekeye ivya "Video" ku mukozi yandika neza (...)

BBC ishaka gutanga akazi kerekeye ivya "Video" ku mukozi yandika neza ikirundi

vendredi 11 Munyonyo 2016, par Egide NDUWIMANA

Igisata ca BBC Gahuzamiryango kirarondera umukozi avuga kandi yandika neza ururimi rw’ikirundi canke ikinyarwanda. Uwo mukozi akenewe ni uwuzokora mu vyerekeye Video. Uwuzoronka ako kazi akazokorera mu gisagara ca Londres, mu gihugu c’Ubwongereza.

Mu bijanye n’indimi, uwushaka ako kazi asabwa kandi kuba azi ururimi rw’icongereza.

Abashaka ako kazi, bakaba bipfuza kumenya vyinshi mu bijanye n’ingene bokwiyandikisha, bahagariwe gufyonda aho munsi :

http://careerssearch.bbc.co.uk/jobs/job/Digital-Video-Producer-Great-Lakes-UK-based/18386


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.