IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Benjamin William MKAPA yashitse i Bujumbura kuri uwu wa gatatu

Benjamin William MKAPA yashitse i Bujumbura kuri uwu wa gatatu

mercredi 7 Kigarama 2016, par Egide NDUWIMANA

Benjamin William MKAPA, umuhuza mu biganiro bihuza Abarundi yashitse i Bujumbura kuri uwu wa gatatu.

Mu rugendo rw’iminsi itatu azomara mu Burundi, uwo yahoze ari umukuru w’igihugu ca Tanzaniya azobonana n’umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA, uwahoze ari umukuru w’igihugu Domisiyano NDAYIZEYE, abarongoye imigambwe, abaserukira amashirahamwe adaharanira ivyicaro vya poritike, abaserukira amashengero, hamwe n’abandi bose n’ibibazo vya poritike y’Uburundi.

Ku rutonde rw’ibikorwa vy’umuhuza William Benjamin MKAPA, bitegekanijwe ko azokurikirana inama y’umurwi w’igihugu ujejwe ibiganiro bibera mu Burundi, inama izobera mu gihugu hagati.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.