IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Benjamin William MKAPA yahawe umubonano n’umukuru w’Igihugu

Benjamin William MKAPA yahawe umubonano n’umukuru w’Igihugu

jeudi 8 Kigarama 2016, par Jean De Dieu

Benjamin William MKAPA, umuhuza mu biganiro bihuza Abarundi yashitse i Bujumbura ejo kumunsi wa gatatu yahawe umubonano n’umukuru w’igihugu

Mu rugendo rw’iminsi itatu azomara mu Burundi, uwo yahoze ari umukuru w’igihugu ca Tanzaniya ahejeje kubonana n’umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA, ahava abonana n’uwahoze ari umukuru w’igihugu Domisiyano NDAYIZEYE, abarongoye imigambwe, abaserukira amashirahamwe adaharanira ivyicaro vya poritike, abaserukira amashengero, hamwe n’abandi bose n’ibibazo vya poritike y’Uburundi.


IGIHE

Messages

  • Jewe Nsanzwe Ndi Umukozi W’ Imana Iconbona Ni Uko Abarundi Ubwabo Hobaho Ukwicara Bakumvikana Abarundi Bakabaho Mu Mahoro . Murakoze !

  • Jewe Nsanzwe Ndi Umukozi W’ Imana Iconbona Ni Uko Abarundi Ubwabo Hobaho Ukwicara Bakumvikana Abarundi Bakabaho Mu Mahoro . Murakoze !

  • Kudeta Abayagirizwa Ntibakigere Baganira Na Reta Yuburundi!

  • Ndi Umukoziw Imana Iciyumvirocanje Abarundi Nidushirehamwe Ntaho Tuhotuzoshirana Umuntu Iyananiwe Nurugorwiwe Ahanga Amaso Ibiva Inyuma.Naba Rundi Nikotumeze Ariko Hinduka.Bara Barundi Nahandiho Amakungu Aradutwenga

  • Ubwambere Nambere Mwese Ndashize Mumaboko Y’Imana ivyo muza kuyaga vyose muzekugenda mubihurizako nkaba shimiye nyakwubahwa Président pièrre Nkurunziza umuvyeyi wabarundi yaguhaye umubonano niyirambire nki sima ya buseko Ramba Muzehe.

  • ABAGOMVYE GUSENYURA IGIHUGU SUKUJA MUBIGANIRO OYA AHUBWO ICOMBONA NYAKUBAHWA UMUHUZA WIRIYAMO MUKAPA . NUKO YOBANDANYA IBIKOGWA VYIWE ABAGOMVYE GUSENYURA IGIHUGU IYO IMANA. RUGIRAVYOSE. RUREMA. RUGABA.,. BWIRUKIRO BUHUNGIRO. NDIHO. "YA".IYO IDAKINGA KUBWABO NUBU IMIGENDE YAMARASO IBA IGITEMBA NONE RUGIRAVYOSE YARAKINZE NONE BAKWIYE GUSABA IKIGONGWE ABARUNDI. IMBERE YAMAKUNGU. NUBURUNDI KUKO BACAFUJE IMPETSO IBAHETSE KANDI BAZOBE ABIKORERA UTWABO. NAYO UMUHUZA ARAKAZA .MBERE BIKUNZE , AKWIYEKUTUGENDERA MUNTARAZOSE... MBEGAKO . BANKA BIKOGWA NYAKUBAHWA PEREZIDA. PETERO. NKURUNZIZA... TWAMUTOYE TUBONAKO ABISHOBOYE . NABO NIBAKORENEZA NIHAGERA TUBONA KOBABIKWIYE TUZOBATORA NAHONYENE ABIKWIYE HARIHO UWOBUZA SHEBUJA GUHEMBA ABAKOZI INGERO BAKOREYE MURAKOZE...

  • Burya jewe sinamenye uruhara rwa Dominion. Ndayizeye mur’ivyo biganiro. Ababizi musobanurire.

  • PREZIDA NKURUNZIZA IMANAYAKUDUHAYE AHUBWOBANDANYA USENGER’IGIHUGU KIRONK’UMUGISHA KUK’UMUKURU W’IGIHUGU IYASENZ EAKUBAH’IMANA NTITEBAKUMWISHU RAEREGA PREZIDA WACUYATOWE NIMANAKUKONTAGU TWARAKUTAVA KUMANA PREZIDA BANDANYAWIYUBA HIR’IMANANAY’IZO KWUBAHISHA ABAT IMINWABARAGOWE BAZOHURAN’IMANA RORANIRWAMUBURO NGOZIBWAWE IMANA IBANDAYE IGUHEZAGIZPREZIDA NKURUNZIZA IMANAYAKUDUHAYE AHUBWOBANDANYA USENGER’IGIHUGU KIRONK’UMUGISHA KUK’UMUKURU W’IGIHUGU IYASENZ EAKUBAH’IMANA NTITEBAKUMWISHU RAEREGA PREZIDA WACUYATOWE NIMANAKUKONTAGU TWARAKUTAVA KUMANA PREZIDA BANDANYAWIYUBA HIR’IMANANAY’IZO KWUBAHISHA ABAT IMINWABARAGOWE BAZOHURAN’IMANA RORANIRWAMUBURO NGOZIBWAWE IMANA IBANDAYE IGUHEZAGIZAGIRA

  • NgwibiganiroKuvamu1960bicanagushikaNubuntabahuzabariho?nibirireAmherayibihuguvyaboKukoibibuzeAbaryiBibamburigwaAbasinziriye

  • PREZIDA NKURUNZIZA YASHIZWEHO NIMANA NIMUREKE KUMWIYUMVIRA MUKOMEJEKUMWI YUMVIRA IMANA IZOBAHANAKUKO UGUTWARAKUVA KUMANAYONPREZIDA NKURUNZIZA YASHIZWEHO NIMANA NIMUREKE KUMWIYUMVIRA MUKOMEJEKUMWI YUMVIRA IMANA IZOBAHANAKUKO UGUTWARAKUVA KUMANAYONYENE

  • Ni Babonane Ntangorane Twebwe Turabishima

  • iconosabimana yomwijuru nukoyoteturura uburunditukabakaarorero abasibamaramare arikodusengedukora imanamushobora vyose.nihangamekungoma

  • Mkapa yatumwe na Magufuli akaba ni umugenzi wa President w’u Rwanda,Peter ntaco azoshikako mugihe somambike wiwe Kikwete atakiri kubutegetsi

  • oyaaa mkapa ntakintu tumuzeye ko muma tati yuburundi kuko mwibuke aboba dd bari mwishamba niwe yabaha ibikoresho vyose bishoboka nabo bamushira inka zabanyagihu amagorwa yose twatewe na dd muririya myaka nuwo mkapa rero abarundi ninukukure icizere kurico gitama

  • None ahuza bande ko abarundi turi mwituze ntangere.ngirango nawe arabibona,nabandi boza baraza kuraba kuko inkuru mbarirano irutwa niyo wiboneye.uburundi buratuje ,nabwire amakungu abwibazako uko buri.

  • Murantwenza!!
    Abo ba dd mutabateye imipanga n’amacumu ngo bobaha igihugu muntoke!!
    batere urusoro abo bahutu nabantu babi

  • NAJENDABISHIMAKUBAYAJEKUVYIREBERAJENDIMURWANDA ARIKONDIGUSHAKA UMUGATI AMAHORO.ARIKONAMAHORO IWACUKANDINDAMUSUHUZAKANDINDASUHUZANABANTUBOMUKIYOVONAKOSEWAHONAWIRESI NA NZURUGU NDI MBANZABUGABO JAPHET NDABAKUNDACYANE MURABIZII!.

  • muburundi ntamahoro.azobaho kuk,abarundi bakundinda

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.