Accueil > Amakuru > u Burundi > Bubanza : Inama kw’ishirwa mu ngiro ry’umugambi w’ukurwanya igiturire
Bubanza : Inama kw’ishirwa mu ngiro ry’umugambi w’ukurwanya igiturire
mercredi 31 Rusama 2017, par
Muri iyo nama iriko ibera mu ntara ya Bubanza, hatumiwe kandi n’abadandaza bakorera mu bisata vy’ikawa hamwe n’ubutare, abajejwe intwaro muri izo ntara, hamwe n’abajejwe umutekano.
Nk’uko bivugwa n’igisata kijejwe kumenyesha amakuru mu biro vy’umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA, iyo nama ni iyo kurabira hamwe aho umugambwi w’ukutihanganira abarya ibiturire ugeze (Evaluation de la mise en oeuvre de la "Tolérance zéro" dans la lutte contre la corruption)








Egide NDUWIMANA
Messages
1er Ruheshi 2017, 15:43, par majambere john
ndavye muburyo bwimpwemu, ibanga ritangwa n’Imana, murabo booose ntanumwe atarya igiturire. none ntabafashwe bazwi bakoze ayomahano? none bafashwe ntibahanwe, uwagisavye uwumuretse bose sabayobe gusa. Mana tabara uburundi bwabaye umwaku, yesu yesu, haleluya haleluya