Accueil > Amakuru > u Burundi > Bujumbura : Imiduga 116 yafashwe n’igiporisi
Bujumbura : Imiduga 116 yafashwe n’igiporisi
mardi 18 Mukakaro 2017, par
Mu giporisi c’Uburundi basigura ko iyo miduga yafashwe mu ntumbero y’ukurwanya iimiduga y’abikorera ivyabo idacishwa amafaranga (Voitures à affaires et promenade), ariko isanzwe ikoreshwa mu kwunguruza abantu n’ibintu ku mafaranga.
Egide NDUWIMANA