IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Buyenzi : Umuntu umwe yishwe, batanu barakomereka mu gitero ca (...)

Buyenzi : Umuntu umwe yishwe, batanu barakomereka mu gitero ca Gerenade

mercredi 9 Myandagaro 2017, par Egide NDUWIMANA

Iyo gerenade yatewe mu bunywero buri kw’ibarabara ry’indwi nomero 50, ahari ubunywero bwarimwo abantu bariko bihereza urukanwa.

Mu giporisi bamenyesha ko uwateye iyo gerenade atashoboye gufatwa, ariko ko amatohoza yatanguye.


Egide NDUWIMANA

Messages

  • Imana niyakire uwayo kweri birababaje.n’ukuri ababijejwe ni bagerageze bakure ibirwanisho mu banyagihugu kuko bitabaye uko bizotumara.ubu ama grenade asigaye umenga n’ ivoka kuko ivocat nizo zigera igihe zikarwira .turasavye ,turasavye abajejwe gukura ibigwanisho mubanyagihugu n’ukuri nibireke kuvugwa ku munwa gusa ahubwo ni bahagurukire ico kibazo kuko kirakomeye!Murakoze!

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.