Yanditswe na
Kuya 25 Rusama 2018 saa 09:17
0
0 0


Kumenyekanisha

1
Ntawuyankira Elie 25-04-2018 à 10:55

Ivyabaye Kuriyomvura Birababaje Cane! Ariko Ntitwokwirengagizako Ivyo Biri Mubiranga Igihe Ciherezo. Turavye Ibiriko Biba Murikigihe Cacu,bidukuramazinda Ko Umusi W’umukama Uri Hafi Cane.(2timoteyo3:1)

2
bano 24-04-2018 à 08:38

Au fait,kubera ubukene,dupfa kwubaka gusa,atavyigwa vy,ubutaka vyakozwe,iyo wubatse,utabona iyo amazi azoja,nayo murugo ugasanga ntasohoka,nta canalisation publique,emwe carama ntaco banze,biteye ubwoba,harya naho kurima nibahebere imirima,nahandi ninzara nayo iri inyuma kweli.noneko bahamaze hoho tuzorya iki,ko amazu ataribwa.Reta nigire umugambi wo kwubaka baja hejuru,amagorofa maremare,nahandi barabikora.

3
bano 24-04-2018 à 08:28

igihe cose ata mifurege itwara amazi iri muma Q nkayo.ntakigenda.no muri Tanzani hari ama Q,iyo imvura iguye kubera hateze cane,amazi aherera mumazu,imyanda ya toilette nayo ukabasanga munzu,

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha