Econet Leo mu bikorwa rusangi mu Maramvya : Amafoto

Yanditswe na IGIHE
Kuya 26 Ntwarante 2018 saa 04:37
10275
0 0

Ishirahamwe Econet Leo ryifatanije kuri uwu wa gatandatu n’abanyagihugu bo mu Maramvya muri komine ya Mutimbuzi mu bikorwa rusangi, ahariko hubakwa ishure.

Muri iryo shirahamwe bavuga ko ari mu ntumbero yo gushigikira ibikorwa vy’iterambere ry’igihugu c’Uburundi.

Ivyo bikorwa bikaba vyari vyatewe iteka na Gaston SINDIMWO, icegera ca mbere c’Umukuru w’igihugu.

Amafoto


Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha