Evrard GISWASWA yagenwe kuba umuyobozi w’ikigo CIEP

Yanditswe na MUGISHA Van Naris
Kuya 31 octobre 2017 saa 04:33
Yasomwe : 32148
0 0

Evrard GISWASWA yahoze ari umukuru w’igisagara ca Bujumbura yegenywe kuba umuyobozi mukuru w’ ikigo kijejwe gutanga amakuru, no kwigisha mu bijanye n’abanyagihugu n’iterambere CIEP .

Evrard GISWASWA yagenywe n’itegeko ry’umukuru w’igihugu inomero 100/201 ryo kuwa 18 Gitugutu 2017, ryateweko umukono kandi n’umushikiranganji wo kumenyesha amakuru, amaposita n’ubuhinga bwa none.

Uwundi yagenwe n’iryo tegeko ry’umukuru w’igihugu ni Kadjiatou NZOJIBWAMI yagenywe kuba umuyobozi ajejwe ubutunzi n’intwaro mu kigo CIEP.


Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha