IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Gitega : Igisata Guichet Unique catanguye gutanga impapuro

Gitega : Igisata Guichet Unique catanguye gutanga impapuro

jeudi 1er mars 2018

MISIGARO Ferdinand arongoye igisata Guichet Unique mu ntara ya Gitega, amenyesha ko igikorwa co gutanga impapuro catanguriye mubisata bibiri, ni ukuvuga igitanga impapuro z’inzira passport na murekarengane (Laisser Passer).

Naho igikorwa catanguye, uwo arongoye igisata Guiceht Unique mu ntara ya Gitega, avuga ko abaza kurondera impapuro bataraza ari benshi, ariko ko abaza ari abarondera kumenya amakuru kuri ico gisata.

MISIGARO Ferdinand arongoye Guichet Unique mu ntara ya Gitega,ahamagarira ababa mu ntara ya Gitega, kwitura ico gisata, kuko ibikorwa vyamaze gutangura, n’ikibazo cari gisigaye c’ubuhinga bwa none (connection) catorewe umuti.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.