Ibikorwa vy’ugusanura ibarabara RN5 biratanguzwa

Yanditswe na Egide NDUWIMANA
Kuya 22 Myandagaro 2017 saa 09:47
Yasomwe : 10989
0 0

Ibikorwa vy’ugusanura ibarabara ry’igihugu RN5 bitangura ku mugaragaro kuri uwu wa kabiri igenekerezo rya 22 Myandagaro 2017, umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA akaba ariwe atanguza ivyo bikorwa.

Ibarabara rigiye gusanurwa ni irya Bujumbura - Nyamitanga, ku mfashanyo ya banki BADEA (Banque Arabe pour le Developement Economique en Afrique), ikigega OFID (OPEC Fund for International Development), ikigega co mu gihugu ca Koweit kijejwe iterambere, hamwe n’ikigega co mu gihugu ca Arabia Saoudite kijejwe iterambere.


Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha