IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Icegeranyo ca SOS-Torture kivuga abantu batatu bishwe

Icegeranyo ca SOS-Torture kivuga abantu batatu bishwe

dimanche 11 Ruheshi 2017, par Egide NDUWIMANA

Muri ico cegeranyo, ishirahamwe SOS-Torture rigaruka kandi ku bantu batatu bishwe, muri abo hakaba harimwo babiri batowe ibiziga mu kiyaga Tanganyika, muri zone Magara, mu ntara ya Rumonge.

Mu giporisi c’Uburundi bamenyesheje ko abo bantu babiri batowe ibiziga mu kiyaga Tanganyika ari abavukanyi.


Egide NDUWIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.