Ifoto y’umunsi

Yanditswe na IGIHE
Kuya 28 Nyakanga 2016 saa 12:33
Yasomwe : 21438
0 0

JPEG - 69.5 ko
Le Secrétaire Général de la COMESA Sindiso Ngwenya avec Le président Pierre NKURUNZIZA

Kumenyekanisha

1
alia 3-10-2016 à 21:55

mbe mwe mwa bagute aho simubiro aho na handi hantu ya mwakiririye .mwe nkurunziza ntimu muzi
urya araguruka

2
alia 3-10-2016 à 21:53

mbe mwe mwa bagute aho simubiro aho na handi hantu ya mwakiririye .mwe nkurunziza ntimu muzi

3
Messnssnssuss 2-10-2016 à 05:21

Nukuri nimba aribiro birateyisoni, ntabiro bisaswa mwamashuka hasi taho vyabonetse. Noneho mbonye asigaye kumutwe nkubuhiri.

4
. 29-09-2016 à 17:02

None Niyombare sumurundi GA Igor?
Erega aho H.E.Nkurunzizari ntihatunganirijwe canke ngohubakirwe umukuruwigihugu yitwa Nkurunziza, ahobahita mungoro yumukuru wigihugu cu Burundi. Ndabaza none kombona abarikobarahanegura ngontihabereye kubaringoro yumukuru wigihugu kuberiki mutaribwabivuge Nkurunziza ataraba prezida ariko mugahengera Nkurunziza abaye prezida mukacamuvugako hateye isoni!!!???.

5
Fnl 29-09-2016 à 16:10

@Burundi,ntaco inama izoba muri 2017 kungoma ya Gen Niyombare, rindira gato

6
Igor 29-09-2016 à 12:11

Birya biro bizokwicaramwo Niyombare niwe uzotangara

7
komera 29-09-2016 à 09:03

Bariko barubaka ibiro vyiza rindira mumezi 6 uzotangara

8
Burundi 29-09-2016 à 02:11

Fnl Peter Nkurunziza yabatsinze wabonye vya binyoma vyanyu muvuga katarivyo. U Burundi bugiye kwakira inama ya Comesa.Icerekana yuko u Burundi arinyabagendwa.

9
Fnl 28-09-2016 à 22:29

Mundabire Akamaramaza none iyi ni bureau ya President canke ni Kioske?canke ni ya Lodge aheruka kugurura i Muyinga?hamwe yifotoza yicaye kugitanda

10
tari 28-09-2016 à 19:32

Jewe ndikondabona abintugutayabiriyeko bavuga ngongaha ababanyacubahiro bahagaze ngoharingorane izongorane nazihize nazibuze! Nkaho mumwanya urumva bahamagaye ONU ngonirungike abasonda ngoturabangamiwe.

11
. 28-09-2016 à 17:06

Musintanteri abamezegute ga Issa?

12
nados 28-09-2016 à 16:42

Rabanaw’akokamaramaza’kumuntu’atway’igihugu’imyaka’icumi!!!!

13
Issa 28-09-2016 à 14:44

Ivyo biro n’ivyumukuru w’igihugu canke nivya musitanteri!!

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha